Umunyagihugu umwe yaraye ahasize ubuzima nyo umuporisi arakomeretswa n'igisasu ntezwantoke mw’ijoro ryo kuri uwu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 22 Ndamukiza umwaka w'2019. Nk'uko bishikirizwa na OPP1 Petero!-->!-->!-->!-->!-->…
Ikibuga c'inkino kiri mu ntara ya Makamba Peace Park Complex ngo kigiye kwugururwa vuba. Ku musi w'Imana uheze igenekerezo rya 21 Ndamukiza umwaka wa 2019 niho Reveriyano Ndikuriyo asanzwe atwara inama!-->!-->!-->!-->!-->…
Haheruka kuboneka ishirahamwe rihingura amakara mu bitiritiri vy'ibigori, Kaze Green Economy, KAGE mu mpunyapfunyo. Amakuru dukesha radiyo isanganiro amenyesha ko mu ntumbero yo gukingira ibiti n'amashamba ageramiwe!-->!-->!-->!-->!-->…
Ubushikiranganji bw’umutekano bumenyesha ko bugiye gushira inguvu nyinshi mu kurwanya ivyaha vy’ugufata abigeme n’abakenyezi ku nguvu. Umushikiranganji w’umutekano no gukinga ibiza CPC Alain Guillaume Bunyoni avuga ko muri!-->…
Ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu bigeme ryaraye ribandanije ku ndwi yaryo igira kabiri. Uku niko baraye batsindanye : La colombe yanyagiye Inyange Fc ibitsindo 6 ku 0PVP Buyenzi yanganije na Fofila Pf igitsindo 1 kuri!-->!-->!-->!-->!-->…
Ihiganwa rya Primus league ryarabandanije kuva kuri uyu wa gatandatu uheze igenekerezo rya 13 Ndamukiza gushika kuri uyu w'Imana igenekerezo rya 14 Ndamukiza umwaka wa 2019. Uku niko imigwi yatsindanye: Messager Buja!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Ni akanyamuneza ntangere ku barundi na canecane abarimyi b'ikawa kuva aho bumviye ko ikawa y'Uburundi yabaye iya mbere kw'isi mu mahiganwa yari amaze imisi ariko arabera muri Reta zunze ubumwe za Amerika. Kuri uno wa!-->!-->!-->!-->!-->…
Naho muri Bantu bwoy ataco barabivugako bwite, Wawa wewe aremeza ko ubu abarizwa muri uwo muryango w'abaririmvyi, ubazwa Big Fizzo. Mu kiganiro Be news, Spok's yemeza ko Wawa yamubwiye ko ubu atakibarizwa muri Kim!-->!-->!-->!-->!-->…
Inyuma y'uturirimbo dutandukanye amaze gushira ahabona, Holy Cost, Igira Neza, Amahoro yanje n'amateka, uwo muririmvyikazi yahoze muri Redemption Voice yashize ahabona akandi karirimbo gashasha, ako nako!-->…
Umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba uri mw'itsinda rimwe na Nigeria . Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 12 Ndamukiza umwaka wa 2019 mu gisagra ca Misiri Egiputa niho hatorwa ukuntu imigwi izohura mu nkino za!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.