Manirakiza Marc batazira Poshen yahora arongoye Messager Ngozi yatanze imihoho. Amakuru akaba yaraye abonetse Ku rubuga ngurukana bumenyi Facebook rwegukira umugwi Messager Ngozi aho avuga ibimenyeshwejeko ari!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Ishirahamwe ryitaho agateka k'abanyororo hamwe n'imiryango yabo "NTABARIZA-SPF" ryaramutse ritunganya ikiganiro ku bamenyeshamakuru aho ryari ryipfuza gushikiriza uko ryakiriye ingingo y'umukuru!-->!-->!-->…
Inyuma y’ukuvuga ko hari indirimbo zitari nke yamaze guheza gukora ziirindiriye gusohoka, natacha yasohoye iyindi ije ikurikira Shata yarabwa n’abatari bake kuri Youtube yiwe. Natacha ngendabanka imbere yuko umwaka wa!-->!-->!-->!-->!-->…
Mt Number one ntaco arashikiriza ku mbuga ngurukanabumenyi, ariko ibimenyetso vyo bibandanya vyerekana ko aticaye I Bujumbura, ahubwo ibikorwa biramurembeje. Naho ataco arashikiriza kiboneka, ibimenyetso vyo vy’uko hari!-->!-->!-->!-->!-->…
Kuva kuri uyu wa Kane igenekerezo rya 03 Nzero umwaka wa 2019 inkino z'igice ca 32 gishira ica nyuma c'igikombe c'Umukuru w'igihugu zigiye gutangura icese . Uku Niko imigwi izohura: I Gitega isaha indwi 13h00 Umugwi!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Amafaranga y'amarundi angana n'imiriyaridi zitatu niyo Nyenicubahiro Perezida Petero Nkurunziza yaraye yemereye urwaruka mu kurufata mu mugongo mu migambi yarwo yo kwiteza imbere. Mu gihe yari aramutse yipfuriza abarundi!-->!-->!-->!-->!-->…
Nk'uko vyashikirijwe n'uwusanzwe ayoboye abarundi baba mu mahanga Japhet Legenti Ndayishimiye kuri uno wa mbere igenekerezo rya 31 Kigarama umwaka w'2018 aho yariko yipfuriza abarundi baba hanze umwaka!-->!-->!-->…
Bamwe mu basambuye haheze igihe gito batanguye gukorana. {Wanda I buryo na Sat-b I bubamfu} Ugushirwa mu buzima burengeye ubwo yahoramwo ngo ni bimwe mu bituma abo baririmvyi badaheza ngo bahuze n'abanyamitahe baba!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.