Kuri uyu wa kabiri uri hejuru igenekerezo rya 18 Kigarama umwaka w'2018, Reta y'Uburundi iciye ku mushikiranganji wayo w'ikigega ca Reta n'iterambere Domisiyano Ndihokubwayo, yateye umukono ku!-->!-->!-->…
Ugahura n'umu jeuene yarahejeje amashure agaca yigira ngaho akicara kumwe kwa ya mpene yo muci, yavyara igaca ivuga ngo ahanje ndahejeje hasigaye ah'umurezi. Umukomye, ngo" Leta nta kazi irampa ngo ni…
Kumbure iyi article uyisomye mu kiringo zari zaraye zirasha. Eka mbere naho zitoba zaraye zirasha ntuce urekeza aho, bandanya kuko ntazibana zidakoma amahembe. Mariage n'umusozi w'ivyiza koko kuko ni yo centre de…
Naho atamenyesheje ryari kazobonekera,Preeze yasavye imbabazi kuba katabonekeye igihe, ariko akavuga ko ari ukugira hashirwe ahabona igikorwa kimeze neza. Mu gihe yari yamenyesheje ko azoshira ahabona akaririmbo gashasha!-->!-->!-->!-->!-->…
Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 14 Kigarama umwaka wa 2018 niho ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB ryashize ahabona ingene imigwi izosangira ivyiciro , aho hakaba habonetse ivyiciro bibiri aho iciciro ca!-->!-->!-->…
Ikigo kijejwe gukingira ibidukikije (Office burundais pour la défense de l'environnement), OBDE mu mpfunyapfunyo y'ururimi rw'ikinyamazuru kiriko kirategura kugira rusansuma rw'imvubu zose ziri mu!-->!-->!-->…
Reta y’Uburundi ngo igiye kwitwarira ikimenyeshamakuru c'abongereza BBC inyuma y'aho ico kinyamakuru gikwiragije ku mbuga zitandukanye ireresi yerekana inzu ico kinyamakuru cameneyesheje ko yahora ihohotererwamwo!-->!-->!-->…
Mt Number one avuga ko akiri mu myiteguro kugira atangure gukora ibiteramo hano iwacu, naho muri leta zunze ubumwe za amerika ho adasiba kubikora. Mu gihe asanzwe akorera ibikorwa vyiwe bitandukanye ngaha Iwacu, ariko!-->!-->!-->!-->!-->…
Les hippopotames du Lac Tanganyika et du delta de la Rusizi ont un comportement dangereux jusqu'à tuer par an au moins une dizaine de personnes. C'est ce qu'a affirmé Jean Claude Ndayishimiye, conservateur!-->!-->!-->…
Aha tugarutse kuri wa Musozi Mariage kenshi na kenshi ukunda guhura n'ibihuhusi, bimwe mbere bikaza bimeze nka bimwe bita TSUNAMI aho bitema bigatongora, ingo zikabomoka, abubatse bagasanzara imitima, umuntu akonda…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.