Amashusho yerekana Big Fizzo yakiriwe n'umuserukizi w'igihugu ca Nigeria hano iwacu, yateje uruhagarara ku rubuga rw'uwo muririmvyi rwa Instagram. Mu gihe ivyavugiwe muri uwo mubonano bitaramenyekana, abafana…
Imyaka yarigiye kuba 4 umuririmvyikazi Emelance Emy adashira ahabona Isanamu n'1 y'indirimbo yiwe, ariko mu misi ya Vuba izoteturura abafana biwe. Nkuko biboneka ku rubuga rwiwe rwa Facebook co kimwe na Instagram,…
Ntivyoroshe muri kino gihe kubona Mugani Desire benshi muzi nka Big Fizzo mu biganiro ku binyamakuru bitandukanye, Imvo uwo muririmvyi akaba yaraye ayitanze. Uwo mwanditsi w'indirimbo zashitse ku nyota abatari bake,…
Icitwazo ntikibe kudahembwa neza, ahubwo ngo ibikorwa vyiza Abe arivyo bivugira umuziki w'abaririmvyi, bikaba vyashikirijwe na Social Mula. Mu gihe yariko yishura ibibazo vy'abamenyeshamakuru, Social Mula yagarutse…
Habonetse urutonde rw'abahinyanyuzi b'amasanamu bagezweho hano iwacu, Kubwimana Jean benshi muzi nka John Elart, ntashobora kubura muri 10 ba mbere. Uyu musore akomoka mu ntara ya Makamba, akaba amaze kwubaka izina…
Uburozi mu mupira w'amaguru ni kimwe mu bintu vyemezwa n'abatari bake ko gihari Kandi gikoreshwa cane, ariko Hari bamwe batavyemera. Mc Billy n'umwe mu batavyemera ko bibaho, kuko kubwiwe ngo iyo ukinye…
Muri bino bihe urubuga rwa YouTube rurahurumbiwe cane n'urwaruka, mu Ntumbero yo kwiyungunganya kuko rumaze kubona no kwumva ko bamwe bamwe muri bakuru babo canke batonyi babo batunzwe n'igice kitari gito…
Ikibuze hano iwacu ngo n'ugushira hamwe kw'abamenyeshamakuru kugira bashinge ikinyamakuru gikomeye. Ivyo bishikirizwa na MC Billy asanzwe Ari umumenyeshamakuru wa Sport hano iwacu. MC Billy mu kiyago na Juste Gael,…
Haraheze igihe kitari gito umuririmvyi Appolinaire adashira ahabona Indirimbo nshasha, ariko akaba agize igihe aboneka Ari mu murimo wo kuvuga ubutumwa ngo azane benshi kuri Kirisitu. Abatari bake bakaba bibaza impamvu…
Ukwidogerwa kw'aba Dj s'ivyaVuba, kuko baharurwa nk'abafukamye umuziki wa hano iwacu munda. Ico kibazo giheruka kubazwa umwe muba Dj bo muri RuntownDj, rumwe mu nani z'aba Dj bashimye gukorera hamwe. Dj…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.