Kuri uyu wa mungu igenekerezo rya 27/2, umuririmvyi Bizimana Aboubakar Karume benshi muzi nka Sat-b yasangije abarenga 100,000 bamukurikirana ku rubuga rwa Instagram amashusho arikumwe n’umukunzi wiwe Belle Nice, ishusho…
Après le départ de Double Jay, Kirikou et Alida, cette maison de production musicale gerée par la famille de Mugani Désiré a un nouveau recru. Pour rappel, l’équipe Bantu Bwoy est actuellement en vacances en Europe, un moment…
Les chansons des artistes burundais ne sont ps utiliseés suffisamment dans l’animation des concerts ou dans les maisons de détente au Burundi. Cette situation semble frustrer les artistes burundais qui se disent insatisfaits…
Umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi n’umutekano Gervais Ndirakobuca yatanze ikiringo c’imisi icumi kugira ihinguriro FOMI rizobe ryahejeje gutang ifumbire ikenewe mw'iri rima…
Mu misi iheze hashizwe ahabona ama foto y’umuririmvyikazi Rihanna yibungenze, aho abantu batari bake bayahanahanye, ama foto arakundwa bikomeye gushikaho bamwe batangura kwibaza igikomeye uwo mwigeme yoba yakoze. Ivyo…
Umurwi Etoile du centre ugizwe na Paci,Romeo,dj Daddy,Willyi, inyuma y'agacerere k'imyaka itari mike cokimwe n'iyindi mirwi y'abaririmvyi yagiye tutakimenya irengero ryayo, no muri Étoile du Centre umumwe…
Ibiteramo ngo bigiye kandi gusubira kandi gukorwa, kandi ariwe avyikoreye atarinze kurindira ko bamuhamagara mu biteramo vyateguwe n’abandi. Ivyo bikaba biheruka gushikirizwa na Cedric Bangy aho yavuze ko agiye kubikora mu…
Hoba hari collabo iri hagati ya Mugani Desire na Davido, canke boba bazohava bakorana igiteramo mu bufaransa, ubona ko bose uko ari babiri babonetse muri ico gihugu muri ino mis iheze. Hakoreshejwe urubuga rwa Mr…
Ni irya mbere mu mateka y’umupira w’amaguru ku bigeme Intamba mu rugamba zikatishije itike yo kwitabira inkino za nyuma za CAN y’abigeme zizobera mu gihugu ca Maroc mu kwezi kwa Mukakaro 2022. Kuri uyu wa mbere waraye…
Ce vendredi 18 Février 2022, a eu lieu à Bujumbura, le lancement officiel du Projet d’Appui à la Professionnalisation des Médias (PAPROM) au Burundi, une initiative financée par l’Ambassade de France au Burundi. C’est un…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.