Ibishikirizwa na Bobona ku biteramo vya Mugani Desire ku mugabane wa buraya vyoba bitabonwa neza n’uwo muririmvyi ubwiwe. Big Fizzo na Bobona bamaze imisi bariko baterana imirarwe bacishije ku mbuga ngurukanabumenyi basanzwe…
Inyuma y'imisi mike cane igihugu c'Uburundi gikuweko ibibano cari cafatiwe n'ibihugu bigize umugabana wa Buraya, Nyenicubahiro Evariste Ndayishimiye yamaze guhezagira ayo marembo yuguruwe. I Buruseri mu…
Mu gihe ku musi w’ejo hari ku musi wahariwe abakunda, kandi abatari bake bahabwa utuganuke, umumenyeshamakuru Hosy irakoze nawe ari mu gitigiri c’abahawe akaganuke. Ku mashusho yasangije abakurikirana urubuga rwiwe rwa…
Pechie Ntabona ryiza inyifato ya mugenziwe Monia, aho abarizwa muri ino misi. Imyidoga ikaba yatanguye kuboneka kuriwe asanzwe ari n’incuti yiwe, aho yidoga ko uwo muririmvyikazi ariko avuga ikinyarwanda mu kiganiro yahawe,…
Mr champagne ni umuririmvyi aguma ariko arakora indirimbo ziwe kugihe. Hampande yo kuririmba afise n'impano yo gutwenza. Mu mwaka w'2021 yarashoboye kugirana amasezerano n'amashirahamwe atandukanye ibintu…
Kuri uwu wa kabiri i genekerezo rya 15 Ruhuhuma 2022 harazindutse hacanacanako ku mbuga ngurukanabumenyi amakuru avuga ko uwutwara ishirahamwe ry’umupira w’amaguru kw’isi FIFA Gianni Infatino hamwe n’uwutwara ishirahamwe…
Ku ncuro igira icumi, insamirizi Isanganiro yasubiriye kandi gutunganya ihiganwa Isanganiro Awards, hakaba hanamaze gushirwa ahabona indirimbo 20 zizohiganirwa ikibanza ca 1 muri iryo higanwa ritanguye kutabonwa neza. Kuri…
Inyuma y’igiteramo kiriko kirategurwa mu bufaransa kizoba igenekerezo rya 5/3 c’umuririmvyi Mugani Desire, hamenyekanye ikindi buca akorera kuri uyo mugabane nyene. Inyuma y’indwi 2 gusa akoze igiteramo mu bufaransa, Big…
Abafana b'umurdi Rayon Sports mu gihugu c'Urwanda bari mu kanyamuneza ntangere inyuma yo gushikana muri uwo mu rwi Pierrot Kwizera. Pierrot ni umukinyi akina mu murwi nserukiragihugu w'Uburundi Intamba mu…
Kuri uno wa kane igenekerezo rya 10 Ruhuhuma2022, inama nshingamateka yakoranye irongowe na Nyeniteka Gélase Ndabirabe aho abashingmateka bari baramutse barabira hamwe integuro y'ibwirizwa ryari rivuye mu nama…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.