Igiciro co kwiyunguruza ku baja mu gihugu hagati canke abiyunguruza mu gisagara ca Bujumbura, ibiciro vyadugijwe ku rugero rungana n'ibice 12,63 kw'ijana nk'uko ari narwo rugero igiciro c'igitoro…
Mu gihe umugwi ndangakaranga Amagaba, umugwi wabo uvuza Ingoma uri mu bihano, abatari bake bagize ico bashikiriza kuri ivyo vyabashikiye, aho abatari bake babasabira ibihano, ariko abandi bakabasabira guhanurwa. Dj Jackson…
Naho abantu umunezero ari wose kubera abaririmvyi 2 b'abarundi babonetse mu gitigiri c'abaririmvyi bazoboneka mu giteramo c'umuririmvyi Harmonize wo muri Tanzania, ngo hoba harimwo ikibazo. Umuntu aravye iryo…
Mutima le Comedien ntakibarizwa ku butaka bw'Uburundi, yamaze gufata rutema ikirere, aho hataramenyekana vyukuri igihugu yagiyemwo hamwe n'ico agiye gukora. Mutima akaba yabwiye Alan the real ko ngo ikimujanye…
Inyuma y'aho umurwi w'abatimbo begukira umurwi ndangakaranga Amagaba bavugirije umurisho w'ingoma mu buryo bunyuranye n'imigirwa itandukanye ikorwa ku ngoma z'Uburundi, ubushikiranganji mu vyo bujejwe…
kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 8 Ruhuhuma 2022 Ku kibuga c'Indege niho hashika umurwi ugizwe n'urwaruka rusanzwe rubeshwejweho n'impano zabo bafashijwe na PASACC_Bu mu mugambi wabo wogufasha urwaruka mu…
Kuva na kera ngo abashaka gutungira ku mwana w’umukobwa mu gushaka kumukosha amafaranga canke ibintu vy’umurengera bamyeho, ariko ngo vyagiye bitituka uko imisi ibandanya igenda. Ivyo bikaba biheruka gushikirizwa…
Inyuma y’imyaka itari mike umuririmvyi Mugani Desire ataboneka mu biteramo ku mugabane wa Buraya, uwo muririmvyi ashobora kuba agiye gusubira kandi gukorerayo ibiteramo? Ico n’ikibazo umuntu yokwibaza inyuma y’ukubona ivyo…
Edisson ndayahoze ngo ikimujanye kuri Youtube s’ukurondera ama Views nkuko bamwe boba bavyibaza, ivyo uwo mumenyeshamakuru akaba abishikirije mu kiganiro yahaye imwe mu mboneshakure za hano iwacu. Muri ico kiganiro, uwo…
Inyuma y’imisi umuhinyanyuzi agize ubugene n’umwigeme w’umu Diaspora, yamaze kumushikira muri Canada nk'uko imbuga ngurukanabumenyi zabo zivyerekana. Umwe mu bahinyanyuzi bakomeye bakorera hano iwacu ariwe Endomike…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.