Ikigo c'igihugu kijejwe kwegeranya amatagisi n'amakori OBR kiramutswa umuyobozi mushasha. Kuri uno wa kane igenekerezo rya 16 kigarama 2021 ku cicaro gikuru c'ikigo c'igihugu kijejwe kwegeranya amakori…
Le Gouvernement du Burundi est préoccupé par l’augmentation de la production agricole pour que chaque bouche ait à manger et chaque poche ait de l’argent, malheureusement, les importations des végétaux incluses les semences,…
Abakurikirana ibica ku mbuga ngurukanabumenyi, mwarabonye urukurukuru rwatangajwe hirya no hino mu misi iheze ko hari umurundi ngo ashobora kuzokina muri Fast and Farious, agasubirira The Rock, ariko abantu batari bake baza…
Le 8 Décembre 2021, l’Ordre des Professionnels Comptables du Burundi (OPC), sous le haut patronage du président du Sénat, Emmanuel Sinzohagera, a démarré les activités du Congrès de l’OPC, le plus grand événement de la…
Apotre Jean Paul Manirakiza ngo ugusenga n’urukino rwa Basketball birajana, ivyo nivyo uwo mutware wa FEBABU yishuye aho yabazwa ko ukuba umutware waFEBABU n’ugutwara urungero bijana. Muri ico kiganiro na Jimbere Magazine,…
Kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 30 Munyonyo 2021 kw’ihoteri la Détente iri mu gisagara ca Bujumbura, ubushikiranganji bwo gufatana munda no gushigikirana bwatunganije ikiganiro ku bamenyeshamakuru mu ntumbero yo kumenyesha…
Ikibazo c’abavyeyi badandariza mu gisagara hagati ca Bujumbura, ngo kiraraje ishinga abatware ba Komine Mukaza, nkuko Musitanteri w’iyo Komine aheruka kubishikiriza mu kiganiro yahaye bagenzi bacu. Muri ico kiganiro, yavuze…
Abantu ntibakira ibintu kumwe, mu gihe Big Fizzo na Koffi Olimide bose baheruka kubirwa bakiri bazima, Big Fizzo yabonetse yajumarariwe, nayo Koffi we agatwengo kamwishe muri Video yasangije abantu kuri Instagram yiwe. Mu…
Abakurikiranira hafi ivya Steve Derrick umwe mu bamenyeshamakuru ba Sport bakunzwe cane, baramenye ko uwo mumenyeshamakuru yaragize imisi ari I Kigali. Urwo rugendo yakoze ava muri Swede gushika I Kigali, ngo ntikari…
Hagize imisi hari impari kubera indirimbo 2 Hug me ya Sat-b na Otile Brown hamwe na Affection ya Olga Lorrie na Big Fizzo. Izo ndirimbo zikaba zagumye zipimanishwa, bazigaraguza agati kugira babone nziza iyariyo, iyanditse…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.