Haraheze imisi ibiri hashizwe ahabona akaririmbo gashasha k’umuririmvyikazi w’umunyarwanda Clarisse Karasira, akorera ibikorwa vyiwe i Kigali, ako karirimbo kakaba kabonetsemwo umugwi w’abatimbo n’ingoma z’abarundi. Iyo…
Bizimana Aboubakar Karume benshi muzi nka Sat-B, umwuga yahisemwo uriko uratanga ivyamwa inyuma y'imyaka irenga 13 muri uwo mwuga. Inyuma y'imyaka 8 yuguruye urubuga rwiwe rwa YouTube, Sat-b yahawe agashimwe na…
Ibikorwa n’abaririmvyi bo muri kano karere ngo nta gikomeye kirimwo, ivyo bisikirizwa na DJ Theo, asanzwe ari umwe mu bamenyeshamakuru b’abarundi bakorera ibikorwa vyabo mu gihugu kibanyi c’Urwanda. Mu kiganiro Theo yagiranye…
Uwudafise urukingo rwa Corona Virus arekuriwe gukora ibintu biharurwa ku ntoke mu gihugu kibanyi c’Urwanda, aho ni inyuma y'aho habonekeye umugera mushasha wa Corona witwa Omicron ari nawo uhangayikishije isi. Guhera…
Bobona ngo ari mu gitigiri c'abazotora umuvyeyi Mama Eden mu kibanza c'umukuru w'ishirahamwe ry'abaririmvyi mu Burundi. Ivyo uwo muririmvyi akaba adahengeshanya kubishikiriza. Ku rubuga rwiwe rwa WhatsApp…
Abafana ntaco badakora ngo bagumane abakinyi bakunda hafi yabo. Umuryango wibarutse umwana mu ntango z'uyu mwaka wa 2022 bamuha akazina kagizwe n'amazina y'abasatirizi 2 bo mu bufaransa. Griezman Mbappe…
kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 1 Nzero umwaka wa 2022 , niho abatwara umugwi Young Africans wo muri Tanzania baza gusesekara mu gihugu c’uburundi. Intumbero izobashikana mu Burundi n’imwe gusa , ni kuza kuraba ingene…
Naho hataramenyekana neza igihe, ariko ngo Papa François ashobora kugendera Afrika y’ubuseruko, igihe akanya kazoba kabonetse. Ari nka hamwe bibaye Pape François akaba azoba agendeye Africa y’ubuseruko ubugira gatatu kuva mu…
Abo ni bamwe mu banyagihugu bo muri karitiye ya Gasenyi, komine Mutimbuzi mu gisagara ca Bujumbura batswe amatongo ata muzibukiro bahawe. Nk'uko bishikirizwa na Emmanuel Niyongabo aserukira abo banyagihugu batswe ayo…
La Commission National Indépendante des Droits de l’Homme CNIDH en sigle a organisé jeudi 23 décembre 2021 à Bujumbura, un atelier de validation de l’étude sur la problématique de la maltraitance des enfants au Burundi sous…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.