Indirimbo "isi n’ab’isi" ngo nta muntu umwe canke 2 bari bagenewe ubwo butumwa nk'uko abatari bake bashobora kuba bavyibaza, ivyo nivyo uwo muririmvyi yaganiriye n’imwe muma Webtv ya hano iwacu. Muri ico…
Imwe mu myidogo hano iwacu mu baririrmvyi n'uko badashigikirwa kuko ata buryo bafise, ariko bwabundi ngo n’abitwa ko bavuka mu miryango yifise nabo nyene ngo harimwo abadashigikiwe kandi ngo bari babikeneye. Umwe mu…
Kimwe mu bintu bimaze kumenyerwa hano iwacu n’uko umuririmvyi akunzwe, aronka aba Diaspora ngo bamuhunda amafaranga mu kumukeza n’ukumushigikira muri ivyo bikorwa babamwo. Ariko ngo hari bamwe mu bakunzwe muri kino gihe uwo…
Abaririmvyi ngo ingendo bihaye muri ino misi nibatayihindura, ngo bazokwikangura basanga ivyabo vyasubiye inyuma, uko niko umuririmvyi w’umurundi ari mu karuhuko hano iwacu ariko akazi kiwe akarangurira kari mu Butariyano…
Umuririmvyi w’umurundi azira igishegu ngo ni Ir Emery Sun, ivyo ni ibiheruka gushikirizwa n’umuririmvyi akaba kandi n’umuhinyanyuzi Pacifique Nzitonda benshi bazi nka Paci Etoile du Centre. Mu majambo yasangije abakurikirana…
My Vow, indirimbo yaririmbwe mu misi y'ubukwe ya Meddy ngo niyo yoba yarabaye imbarutso y'ukwandikwa kw'indirimbo Your Day ya Sat-B. Mu kiyago yagiranye n'ikinyamakuru Igihe co mu gihugu kibanyj…
Inyuma y’indirimbo Umudodo ya Big Fizzo twabonyemwo umuvanzi w’umuziki (Dj) Saido, ngo hari ikindi gikorwa gishasha kiri inyuma kiriko kirategurwa. Iyo nkuru nziza ku bafana ikaba yatangajwe ku mbuga zitandukanye z’abo uko…
Kurya kw’urutonyanga rw’umuti, niko amakuru y’ivyatumye Kingorongoro akinjura muri MA Production aboneka. Mu makuru twaheruka kubashikiriza, twari twababwiye ko uwo muririmvyi yari yamenyesheje ko yavuze ko umwanya wari…
Uno musi Emery Sun ngo abanye neza n’abamenyeshamakuru, bitandukanye n’uko vyari bimeze mu myaka iheze, nk'uko aheruka kubishikiriza mu kiganiro yahaye imwe mu mboneshakure za hano iwacu. Uwo muririmvyi w’uturirimbo…
Uno musi B Face ari mu baririmvyi baharurwa mu bandika indirimbo zidahera uburyohe naho iba imaze igihe kitari gito igisohotse, ibisigaye bitoroshe kubona mu baririmvyi bariko bararuka muri bino bihe. Uwo muririmvyi B Face…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.