Reta y’Uburundi isaba abantu bari bapanze amazu mu Gatumba no mu Rukaramu hanyuma agaterwa n’amazi kuja gupanga ahandi kugira itorere inyishu irama ico kibazo. Isaba kandi abanyagihugu gutegura imitima ku ngingo igiye gufatwa…
https://www.youtube.com/watch?v=Jr5MdTOzUCA Bamwe mu bajejwe intwaro banka ingingo ziba zafashwe n'ubutungane hamwe no gushaka kwinjira mu kazi ku wundi ni zimwe mu ntambamyi zituma agateka ka zina muntu katubahirizwa…
Kuri uyu w'Imana niho mw'ishirahamwe rya basket ball mu gisagara ca Bujumbura hasozerewe ihiganwa ryo mu cicaro ca kabiri , urukino rwasozereye iryo higanwa rukaba rwahuje imirwi les amis na Holy center basket ball…
Kuri uyu w'Imana igenekerezo rya 16 Rusama 2021 niho haba amatora mw'ishirahamwe rya Taekwondo mu Burundi. Bigirimana Cyprien yaramaze imyaka mu burongozi bw'iryo shirahamweakaba yatsinze Macumi Gérard…
Umugwi w'abagenzi ba komine Makebuko mu ntara ya Gitega baterereye imifuko mirongo indwi y'isima izofasha mu kwubaka ikibuga ca kijambere kiriko cubakwa muri iyo komine. Uwo mugwi w'abagenzi ba komine Makebuko…
Mw’ikoraniro risanzwe (Congrès ordinaire) ryatunganijwe n’umugambwe Sahwanya Frodebu Nyakuri iragi rya Ndadaye kuri uno wa gatandatu igenekerezo rya 15 Rusama 2021 i Bujumbura, abari baryitavye basubiye kwizera Keffa Nibizi…
Keffa Nibizi yatowe kubandanya arongora umugambwe Sahwanya Frodebu Nyakuri iragi rya Ndadaye mu kiringo kingana n’imyaka 7 iri imbere. Mw’ikoraniro risanzwe (Congrès ordinaire) ryatunganijwe n’umugambwe Sahwanya Frodebu…
Umunyamabanga mukuru w'umugambwe CNDD-FDD Réverien Ndikuriyo aranegura inyifato ya bamwebamwe ngo "bagara kurusha ibizinu". Agira ati : "ibizinu biva mw'isi vyicishije bugufi ariko vyashika…
Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye ari kumwe n'umutambukanyi wiwe, yaganutse kur'uyu wa 14 Rusama 2021, inyuma y'urugendo rw'imisi itatu yari amazemwo mu gihugu ca Uganda. Evariste Ndayishimiye…
Amafaranga y'amarundi agera ku miriaridi igihumbi n'amajana indwi na cumi na zitanu (1715 milliards BIF) niyo ategekanijwe ko Reta y'Uburundi igiye gukoresha mu mwaka w'2021 ushira uw'2022…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.