Aba Isiramu bo mu Burundi bifatanije n'abandi bo kwisi guhimbaza umunsi mukuru wa Eid Mubarak, umunsi usozera amapfungo y'ukwezi kwa Ramazani. Uwurongoye umuryango w’aba Isiramu mu Burundi vy'imfatakibanza…
Utuzu turenga amajana abiri tw’abanyagihugu baba ku gacimbiri Nyarure, umutumba Buhoro, komine Mabayi mu ntara ya Cibitoke twaraturiwe utundi turabomorwa haraheze iyinga. Abo banyagihugu bagiriza uwurongoye komine…
Abadasigana Gaston Sindimwo yahoze ari icegera ca mbere c'umukuru w'igihugu kuva mu mwaka w’2015 gushika mu mwaka w’2020, Anicet Niyongabo na Isidore Mbayahaga baraye bafuswe burundu mu mugambwe w'abadasigana…
Kuva aho riboneye ko hari abantu bamwe bamwe bihaye ingendo itameze neza y’ukuza barikika mu kiza biba umuyagankuba n’amazi, ishirahamwe rijejwe gukwiragiza amazi n’umuyagankuba mu bantu REGIDESO ryaciye ritangura kuza…
Ikigo c’igihugu kijejwe gukurikiranira hafi ibijanye n’itumatumanako ry’amakuru ARCT batanguje kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 11 Rusama 2021 ibikorwa bijanye n’ugupima urugero rutangwa n’amashirahamwe Econet Wireless,…
Inyuma y’aho umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yirukaniye mu mabanga umushikiranganji w’ubudandaji, ugutwara abantu n’ibintu amahinguriro n’ingenzi Immaculée Ndabaneze, hari ku musi mukuru w’abakozi n’akazi igenekerezo…
https://youtu.be/YWyqPftEaNM Uruzi Kajeke rwarataye inzira ruca rwihereza amabarabara n’amazu, abanyagihugu baba i Gihanga bavuga ko hamwe atacokorwa vuba, amazu ashobora kubarwako kuko amazi aguma anyengetera mu mazu yabo.…
Ku mutaga wo kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 11 Rusama 2021, umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye arikumwe n’umutambukanyi wiwe bafashe urugendo rw’imisi itatu mu gihugu c’Ubuganda. Evariste Ndayishimiye akaba agiye…
Ibikorwa vy'ishengero "Grace Evangelistic Temple of Burundi" vyahagaritswe vy'imfatakibanza mu Burundi bwose, kw’itegeko ry'Umushikiranganji w'intwaro yo hagati, iterambere rusangi n’umutekano.…
Ishirahamwe mpuzamakungu rijejwe ibifungurwa kw’isi PAM, ryemeye kuzoshira inguvu nyishi mu mugambi wo kugaburira abana ku mashure kugira bizokorwe ku mashure yose yo mu gihugu. Ivyo ni ivyapfundikiwe mu mubonano wabaye kuri…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.