Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yashikirije ubutumwa bwo guhoza imiryango yaraye ibuze inyuma y'aho yumviye inkuru y'umubabaro aho mw'ijoro ryo kur'uyu w'Imana igenekerezo rya 9 rusama 2021,…
Sekirima Ramadhani yari umudandaza akomeye cane mu ntara ya Ngozi, aho yifadikanya n'abandi barwizatunga bo muri iyo ntara bakaja kurangura Inka mu gihugu c'Ubuganda bazina mu Burundi, neza na neza mu ntara ya…
Kuva kuri uno wa kane igenekerezo rya 6 Rusama 2021 nta muntu yunguruza abantu n’ibintu kw’ipikipiki atagira uruhusha rwo kuyigendesha hamwe n'urupapuro rwerekana ko yarishe muri "Assurance" yemerewe kugendesha…
Akamo abafise amazu batewe ko kwigizayo ayo mazu yubatse hafi y'ibarabara rikuru rya Bujumbura-Gitega ku metero 6 kariko karakurikizwa. Amwe mu mazu yo mu makaritiye ya Yoba na Magarama ariko abomorwa yogera yubakwa…
Abo ni abipakiza imiduga bavuye mu gisagara ca Bujumbura baja mu bumanuko bw’igihugu, aho bitaboroheye kwiyunguruzaku muhingamo wo kuri uno wa kane. Intanduruko ni ikiraro co ku Rutunga kiri mu kabezi cacitse kuva isaha…
Abarimyi bipfuza ifumbire mu ntumbero yo kwitegurira irima ry'ici basabwa kuriha amafaranga y’ibanze ku gihe. Nk’uko biri mw’itangazo ubushikiranganji bw’ibidukikije, uburimyi n’ubworozi buheruka gusohora, abarimyi…
Ihiganwa ry’isabukuru mpuzamakungu ry’amareresi mu Burundi FESTICAB ryuguruwe icese kuri uno wa gatatu ku civugo “Twese hamwe tugwanye amabi afatiye ku gitsina”. Mu kiganiro ku bamenyeshamakuru, umuyobozi wa FESTICAB…
Kuva kw'igenekerezo rya mbere gushika kw'igenekerezo rya 9 Rusama 2021 muri Africa y'epfo hariko haratunganijwe ikambi y'imyimenyerezo ku bakinyi baserukira ibihugu muri Africa mu kurondera itike yo…
Umushikiranganji w’ubudandaji, ugutwara abantu n’ibintu amahinguriro n’ingenzi Immaculée Ndabaneze yakombowe mu mabanga kuva kuri uno wa gatandatu igenekerezo rya 1 Rusama 2021. Nk’uko biri mw’itegeko ry’umukuru w’igihugu…
Urunani mpuzamasendika COSYBU, rusaba Reta y’Uburundi gushiraho amategeko mperekeza y’umugambi wo gushigikira abakukuruke. Biri mw’ijambo uwurongoye urwo runani mpuzamasendika Célestin Nsavyimana yashikiririje i Buganda mu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.