Kuva kuri uyu wa mbere, igenekerezo rya 11 Nzero 2021, amazu y’ubutambito hamwe no kuvuza imiziki mu bunywero vyahagaritswe n’ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi n’umutekano. Petero Nkurikiye…
Mu mpera z’iyi ndwi turangije, abandi bantu ijana ngo nibo bashoboye gutorwa ko banduye umugera wa korona, bakaba batowe mu bagera 5300 bapimwe kubera babonanye na bamwe 40 baheruka kuyitorwako. Thaddée Ndikumana,…
Inyuma y'aho ibanki ishigikira imigambi y'urwaruka BIJE itanguriye icese imirimo yayo i Gitega ku murwa mukuru wa poritike, hari bamwe n'abandi bakeneye kumenya ibisabwa (dossier) mu kwuguruza ikonte gutyo…
Mu gihe bamwe mu bariko bahiganwa na Masterland basa n’abatashimishijwe n’iyo ntsinzi yiwe ngo ntiyagiye guhiganwa abona ko intsinzi ari ngombwa, ahubwo yisanze yatsinze. Ivyo n’ivyo uwo muririmvyi aheruka gutsindira…
Abarundi barayamaze ngo uwushaka kukurya ntabura imboga agukoza, Olegue mu kiyago aheruka gutanga kuri imwe mu mboneshakure za hano iwacu, yerekanye ko abagize ico bavuga ku ndirimbo yiwe Korayo, ko bamuhoye ubusa.…
Kuba Monna walda yarabashije kwinjira mu muziki mu kanya gato agaca amenyekana cane, ngo birafise ico vyavuyeko. Mu kiyago n’imwe na kimwe mu binyamakuru vya hano iwacu, umuririmvyikazi Monna Walda yavuze ko kuba…
Umuririmvyi Sat-B afise abamukurikirana barenga imiriyoni zitanu kurubuga rwiwe aho yakwije ama views arenga imiriyoni zitanu namajana atanu kuri youtube iyo ikaba ari intabwe nziza ku baririmvyi ba hano iwacu kuko ari…
Mu gihe amajambo ari menshi ku biheruka kuba ku giteramo ca Alikiba I Bujumbura, umwe mu babiteguye, DJ Fanny, yatanze umuco gato ku vyatumye urwo rugendo rwa ALikiba rutaba nkuko vyari vyateguwe. Abapadiri ngo nabo bari mu…
Mu gihe twaheruka kubamenyesha ko ikiri ku minwa y’abantu batari bake hano iwacu ari ryari ubugeni bwa Alvin n’umukunzi wiwe, kuko na Alvin yanaheruka kumenyesha ko azokora ubugeni vuba kugira yerakane ko ari umugabo w’ijunja…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.