Ikiringo cahora gihabwa abavuye hanze y’igihugu mu ntumbero yo kubasuzuma ko ata mugera wa coronavirus boba binjiye bafise congerejweko imisi ine. Nk’uko bishikirizwa na Thaddée Ndikumana, umushikiranganji ajejwe…
Nk’uko biri mw’itegeko ry’umukuru w’igihugu inomero 100/003 ryo kuwa 7 Nzero 2021, umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye amenyesha ko abogoje mu mabanga yiwe Emile Ndayisaba, yahora arongoye Ikigo kijejwe amabarabara mu…
Ibanki y'urwaruka BIJE yaraye itanguye ibikorwa ku murwa mukuru wa poritike Gitega yatanguye kwakira irwaruka ruhurikiye mu makoperative rwipfuza ingurane izobafasha kurangura imigambi yarwo. Mu birori vyo…
Abanyeshure 1701 nibo bakoze ikibazo gitanga uburenganzira bwo kwiga mu mashure y'akarorero ya kaminuza ku banyeshure 1822 bari bitezwe gukora ico kibazo. Bazokwiga mu bisata bine bitandukanye (Medecine, Statistique,…
Abo mu kinyamazuru bita aba Influencers baraye bahaririye akavumbi karatuma ku rubuga rwa Instagram, abo nabo ni abazwi nka DDHUMBa na NELLA NETH basanzwe bari mu barundi n’abanyarwanda bafise abantu batari bake babakurikira.…
Mu gihe umwaka wa 2020 wamusizemwo imvune idasanzwe, kuko imwe imwe mu migambo yarafise ngo yaguye mu mazi, Lolilo avuga ko agiye kuza arasohora indirimbo n’amasanamu yayo uko ukwezi gutashe. Mu kiyago ya Hosy, uwo muririmvyi…
Abantu bagera ku 40 bashasha nibo bamenyekanye ko banduye umugera wa covid-19 mu misi ibiri iheze. Ivyo ni ibiri mw’itangazo ryasohowe kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 6 Nzero 2020, n’ubushikiranganji bujejwe kubungabunga…
Kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 6 Nzero 2021 niho ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati bwugurura iyakirwa ry’abahungutse muri uno mwaka w’2021. Imiryango 237 y'abahungutse niyo yakiriwe ku rubibe rwa Gasenyi Nemba…
Ni ku ncuro ya mbere aho umuririmvyi w ’umurundi atanga akaganuke k'Imodoka ku muvyeyi amuvyara, ivyo bikaba vyaraye bikozwe na Natacha kw'igenekerezo rya 05 Nzero 2021. Natacha akaba atanze ingabire y’ Imodoka ku…
Ibanki y’urwaruka BIJE (Banque d'Investissement pour les Jeunes), isanzwe ifise icicaro gikuru i Gitega ku murwa mukuru wa poritike yuguruye ibikorwa vyayo nyezina mu bisata vyose kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 6…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.