Muri ino misi inkuru ivugwa gusumba n'urukundo rushobora kuba ruvuza ubuhuha hagati ya Drama T na Mow Kanzie, aba bose bakaba baheruka gushikiriza ko ata bakunzi bagira. Naho havugwa ivyo, hariho n'indirimbo iri mu…
Vianney benshi muzi nka Vichou ibintu vy'ugufata indege nk'uwufata ikinga yabigize umwuga, inyuma yo kwerekeza Kampala agafata amasanamu y'indirimbo, akanahakorera Indirimbo yakoranye n'umuhinyanyuzi…
Ubukwavu umukuru w'igihugu yaraye ahaye B Face burarikoroje ngaho hanze. Umu Rappeur Kingorongoro asanzwe azwiko kutavuga rumwe na B face ntiyaretse kugira ico avuze Kuri ako kaganuke uwo mu Rappeur mugenziwe yahawe…
Abantu bagize imisi bavuga ko Umuririmvyikazi Esther Nish bamuryamitse, Manager Jackson yatanze umuco kuri ico kibazo. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook, DJ Jackson yavuze ko label ya Bukiv Lab ata mafaranga akwiye bafise…
Siren Vibe ya Hosy Irakoze ngo ibintu vyavuye mu majambo ubu bigeze mu bikorwa. Umwanya wo kuvuga amajambo ngo waraheze, ubu bageze gukoresha amategeko, imbuga zigahanwa bikomeye. Abagize imisi bakoresha ama Video akorwa na…
Big Fizzo ngo araho arakomeye, ico Nico cizere giheruka gutangwa na Yassin, wa mu Promoter amenya ivya Mugani Desire Imbere y'abandi bose. Ubwo butumwa yacishije ku rubuga rwiwe rwa Instagram, akaba yabutanze…
No ku ntebe y'ishure umukuru w'igihugu General Neva ngo icari camujanye kwari ukwiba abigisha gusa. Mu kiganiro umukuru w'igihugu aheruka kugirana n'inkerebutsi mu rwaruka rwa hano Iwacu, uwo mwubahwa…
Abatama n’abatamakazi bageze mu zabukuru baraye bagendewe . Hari kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 11 ruhuhuma 2023 , aho ishirahamwe ryo gufasha abantu batandukanye batishoboye ryitwa Fertile Soil Global ryifadikanije na…
Hosy Irakoze yarengewe, ngo yahora Azi ko akundwa, ariko ntiyarazi ko akundwa mu buryo bungana nk'ubwo yaraye abonye. Uwo mumenyeshamakuru akorera ku Mboneshakure Siren Vibe, yasangije abamukurikirana ku rubuga rwa…
Ngendabanka Natacha bakunze kwita la Number, asubiye Kandi kuvugisha benshi kubera umwambaro yari yambaye kw'ifoto aheruka gusangiza abamukurikirana, ariko Kandi n'ukubera amajambo yaherekeje iryo shusho. Uwo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.