Twabamenye Inyuma y'ivyago bahuye navyo ivyabo bigasha bagitokombera bagasigara bifumbereje, nayo umupfasoni Élisabeth ubukene bumaze kumuzengereza agitamwo gutana abana mu nzu Peniel ariyomokera. Uwo mugore…
Abakunzi b'umuziki baramaze kubitahura kuko basidukanye n'iyonka gushigikira abaririmvyi babo mu bunwero Gerra Plaza, n'ubwo imyidogo yo itabuze kunvo zuko bari bakumbuye Mugani akabashikira bugira buce. …
Igihugu ca Indonesie gitumye Igihugu c’Uburundi gitakaza ibibanza ku rutonde rwa FIFA . Nkuko bisanzwe buri ukwezi ishirahamwe ry’umupira w’amaguru kw’isi FIFA ryama risohora urutonde rw’ingene ibihugu bisubasumbana ibibanza…
Bompi bahurikiye muri Wema Entertaiment isanzwe irongowe na Wema Nella aba muri Australia mu Burundi ikaba iserukirwa na Landry promoter hano mu Burundi, vuba haribibikorwa bagiye gukorera muri Zambia Umuririmvyi Yan A niwe…
Amazina yahawe n'abavyeyi ni Matete Rodrigue indirimbo yiwe yambere yayise" S.E" n'indirimbo irimwo amajambo ahayagiza umukuru w'igihugu. Agisohora iyo ndirimbo yararonse akaryo ko kuyiririmba Imbere…
Iwabo w'abaririmvyi benshi bamenyekanye hano iwacu, iwabo w'abakinyi b'umupira w'amaguru bashitse Kure ngo n'i Nyanza lac na cane cane i Kabonga aho Mkombozi yaraye yerekaniye ubushobozi bwiwe,…
Big Fizzo mu gihe yaheruka kugabishwa ko adasohoye Indirimbo nshasha mu misi ya Vuba bazoca bamutera, yasohoreye rimwe Indirimbo zirenga 30. None coba ari igipfukamumwa yahaye abafana, canke bihuriranye nuko hari hageze ko…
Abarundi barayamaze ngo uwushigikiwe n'ingwe aravoma, mu gihe abandi bimyiza ibamfu kubera kubura ama VISA, Drama T we avuga yemye ko ikibazo ca VISA atari ikibazo nkuko abandi babivuze kugira abashe guteramisha…
Iboneka ry'umukuru w'igihugu Paul Kagame mu gitigiri c'abakinye b'urukino rw'umupira w'amaguru rwabaye Kuri uwu wa gatatu Kuri Kigali Pele Stadium, bamwe rwabibukije urukundo uwahoze ari umukuru…
Harmonize ateye intege umuririmvyi Mista Champagne ariko arondera urukundo Kuri Kajala Frida, inyuma y'amezi ariko arababa 3 bavanye Kandi ku mpande zose ata numwe arerekana ko afise uwo barikumwe mu rukundo. Harmonize…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.