Ni imbonekarimwe mu mico y'ikirundi aho abantu bavuza umurisho w'ingoma bambaye ibirato, ipantaro, ishati, ikoti bashizeko n'ikaruvati. Ni umurwi w'abatimbo "Amagâba waraye ukoze ibitari bwabonwe kuva…
Kuva na kera ngo abashaka gutungira ku mwana w’umukobwa mu gushaka kumukosha amafaranga canke ibintu vy’umurengera bamyeho, ariko ngo vyagiye bitituka uko imisi ibandanya igenda. Ivyo bikaba biheruka gushikirizwa…
Umu star dufise mu gihugu ngo ni umukuru w’igihugu cacu wenyene. Ivyo ni ibiheruka gushikirizwa na bamwe mu bakurikiranira hafi ibijanye n’aba "Stars" hano iwacu. Aho ni inyuma y’ivyo yakoze ku musi wa gatatu ku…
Ni umurwi ndangaKaranga ugizwe n'abato n'abakuze bava mu mihingo yose yaba mu gisagara ca Bujumbura no mu gihugu hagati. Imvyino bavyina ni akanyarusizi,umuyebe,umutsibo....... eka ni nyinshi usivye ko…
https://youtu.be/TCdnzvQjFCY Kuri uwu wa 11 Ntwarante 2021 mu nyubakwa z'ikigo ca kaminuza y'Uburundi hahimbajwe ku ncuro ya gatatu umunsi mpuzamakungu wahariwe ururimi kavukire usanzwe uhimbazwa ku wa 21 Ruhuhuma…
Amazu ashika 51 ya kera afise ico yibutsa muri kahise k'Uburundi akerekana ishusho nziza y'igihugu agiye gushirwa ahabona hamwe no ku rutonde rw'ubutunzi bw'isi mw'ishirahamwe mpuzamakungu UNESCO…
Mu gihe imyiteguro ibandanya ku bigeme 11 basigaye mu bigeme 30 bari mw'ihiganwa rya Miss Ngoma 2020, ubushimwe buguma bwiyongera ku mwigeme azotahukana iyo kamba. Nyuma y'ubushimwe bugizwe n'umuduga mushasha…
Bahoze ari ba rurangiranwa mu makungu ariko ubu umukungugu ntubaha agahengwe, abo nabo si abandi n'abatama bahurikiye mu murwi ndanga akaranga "Abagarukirakaranga" bahoze baremesha ibiteramo haba i Bwami, i…
Ibanki y’Urwaruka BIJE (Banque d’Investissement pour les Jeunes) ngo igiye gutangura gutanga ingurane ku rwaruka. Ni ivyaraye bishikirijwe n’umushikirangaji ajejwe urwaruka, imico n’akaranga i Gitega kuri uyu wa mbere…
Umurwi w’abavuza ingoma «Amagaba » wari waserukiye igisagara ca Bujumbura niwo waraye utahukanye ikibanza ca mbere. Hari i Gitega ku murwa mukuru wa poritike neza na neza kw’iratiro ry’akaranga k’Uburundi(Musée Nationale de…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.