Inyuma yaho umugwi ndangakaranga Amagaba babaye aba mbere mu migwi cumi ivuza umurisho w’ingoma i Bujumbura ngo bagiye guserukira igisagara ca Bujumbura muntara ya Gitega. Aho kw’igenekerezo rya 30 Munyonyo 2030 azoba ari…
Ibibanza vy’iratiro mu Burundi bigiye guhabwa ibikoresho bikwiye mu ntumbero yo guteza imbere igisata c’ingenzi. Umushikaranganji ajejwe ingenzi yabishikirije kuri uyu wa gatanu i Gishora muri komine Giheta mu ntara ya…
Inanga, ikembe, n'umuduri ni bimwe mu bikoresho vyo gucuraranga vy’aho hambere hahise, nubwo ubu bisa nkaho bitagikoreshwa cane kubera ibikoresho vy'ubuhinga bwa none. Umuduri wakundwa kuvuzwa n'abungere iyo…
C'est après une audience accordée par l'entreprise Ingoma Events, une entreprise en charge de l'organisation du concours de miss Ngoma dont l'événement aura lieu le 19 décembre 2020 que son excellence la…
Kuri uyu wa mbere MUKAKARO 2020 (01/07/2020) niho mu umugwi ndangakaranga AMAGABA baramuka bakora amatora ya bose yo kwitorera indongozi nshasha zigiye kurongora uwo mugwi. Nk'uko bisanzwe kw'igenekerezo rya mbere…
https://youtu.be/srPUgTbaNV8 Kassim Majaliwa, umushikiranganji wa mbere wa Tanzaniya yagarutse ku bikorwa vyaranguwe na Perezida Nkurunziza, cane cane mu kuvukanisha ibi bihugu bibiri. Yagarutse ahanini ku gikorwa yagiye…
https://youtu.be/bfghxSk_lIc Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye avuga ko we n'Abarundi bose bazokwama bakurikiza iragi nyakwigenderera Petero Nkurunziza abasigiye, ryo gukunda igihugu nk'uko nawe…
"Akagumye bagumako" ngo nubwo uburyo bwogukora bubagora iyo bari mu mahanga, ntibarota bata akaranga, kuko "uwutaye akaranga aba ataye akabanga", ayo niyo majambo umurwi ndangakaranga Intahesha zikoresha…
Inyuma yaho benshi mu baririmvyi bashasha, canke bafise impano, bagiye barumvikana ariko batamenyekanye bivanye n'ukutavuzwa cane kw'indirimbo zabo ku nsamirizi zitandukanye, ubuho ngo n'akayobera!-->…
Imyaka yaba Canco na ba Torobeka Joseph ishobora kuba myiza mumuziki kurusha ubu?Amahane akomeza kuhaba mu mvugo za bamwe bamwe bivuye kuri iri jambo ry'uko umuziki w'Uburundi woba warateye imbere hakabaho abemeza!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.