Umurundi abarizwa ku mugabane wa Amerika neza neza muri amerika y’uburaruko, muri Canada, Patrice Ntafatiro yabwiye mugenziwacu iyo akura ubumenyi ahakurira ku bandi biciye mu biganiro bitandukanye akunze gutanga aha…
Igihe kitari gito kiraheze bamwe mubatama dufise uyu musi batembereye ibihugu bitandukanye vya Afurika ndetse na Buraya bafashijwe n'ibicurarangisho kavukire bakoresha mur'iyo myaka yabo y'ubusore ndetse no…
Kw'igenekerezo rya 1 Ruhuhuma 2020, Abarundi baba mu Bushinwa baratunganije ikiganiro “KU ZIKO” cari ikigira kabiri gitunganijwe, aho umutumire yari umuronzi w'ikirundi Patrice Ntafatiro aba mu gihugu ca Canada.…
Mu ntumbero yo gushigikira no gutegura neza igikorwa ca MISS BURUNDI 2019, amashirahamwe atatu (FONDATION FEMIDEJABAT, Association Pour La Consolidation de la Paix au Burundi « ACOPA-BURUNDI » na Union des Artistes du…
Umurwi wagirizwa n’Uburundi ko washatse kwiba no kwiyitirira umurisho w’ingoma z’Uburundi Himbaza Drummers wo mu gihugu c’Urwanda wari witavye ihiganwa ryitiriwe “East African’s Got Talents” ryatunganirijwe mu gihugu ca…
https://youtu.be/ZNsHuPaXnIs
Dj Jakson aramutswa inzu y'imiziki bukiv Lab arerekana ubudasa buri mu muziki ndundi afatiye ku bacuraranzi ba kera kumwe n'abubu. Jackson aravye umuziki wo murunganwe rwa Canco Hamisi, ba Africa Nova, Nik Dav,…
Ndacari muto, ubu nyene ko uri mu kiringo c'ukwubaka ingoro uzobamwo mu myaka izoza, igihe iyubaka rizoba ryararangiye. Iki nico gihe uriko urabiba, ubagara akarima kawe mu kurindira ko imyaka y'ukwimbura igera.…
Ubutumwa burashe, ubutumwa bukenewe muri kino gihe, niyo mvo nyamukuru yatumye umurwi" Umuduli Band" usubiramwo indirimbo yo mu myaka ya mirongo icenda, "Isi n'icumbi". Bagasaba gutahura ko atamvo n'imwe yotuma!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Imboneza mu muziki ndundi Leonard Nsinzinkayo yamenyekanye cane mu mwaka w’ 1988 gushika 1998, uno musi niho yashinguranywe iteka. Aherekejwe n’urwaruka rwabaririmvyi rutari ruke, rugiwe imbere n’umuhungu wiwe azwi!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.