Umurundi aba muri Reta zunzubumwe za Amerika neza na neza muri Reta ya Arizona mu gisagara ca Phoenix azwi ku mazina ya Yves Ngenzirabona yaraye aronse ipete rya “Major”. Major Yves Ngenzirabona yari azwi cane mu murwi…
https://www.youtube.com/watch?v=ED7KU-ukVqA Ageze mu Rwanda ngo niho yagiye gutanguza umugambi yaramaranye igihe kitari gito ategura. Uwo mugambi nawe n'ugushinga inzu ihingura impunzu, Davy K. Ivyo n'ibiheruka…
Abarundi baba mu gihugu c'Uburusiya bamenyesha ko bameze nk 'abakubiswe n 'inkuba inyuma yo kwumva amakuru y'igandagurwa bunyamaswa rya Makoroka Jolivet, umwe mu rwaruka rw'uburundi yahora yiga muri…
Umwitwrariko w'ambere w'abarundi baba i Roma ngo ni ukurondera abafatanya bikorwa bazana imitahe yabo hano mu gihugu cacu, na cane cane mu gisata c'uburimyi n'ubworozi. Mu ntumbero yo gushitsa icifuzo…
Kwunga ubumwe, gufashanya mu buzima bwa misi yose niyo ntumbero ya African Union Soccer Club. African Union soccer ikaba ari ishirahamwe ry’abarundi baba i Dallas(Burundian diaspora of Dallas), bari kumwe n 'incuti zabo…
Umutima w'urukundo atari uw'ubutunzi niwo wazinduye abarundi bahurikiye muri Diaspora y Uburundi mu Ubushinwa berekeza kugarukira ku bibondo vya ba ntaho nikora vyo mu Gatumba bitari bwaronke ibikoresho…
Inyuma y’igihe kitari gito ataboneka ku rubuga rw’umuziki, John Classic, umurundi asanzwe arangurira imirimo yiwe muri Canada yagarutse muri game ya music. John Classic asanzwe aririmba indirimbo zishemeza Imana, Gospel,…
Ndayirukiye Fleury na Usanase Bahavu Jeannette bagiye kugira ubugeni, aho ngo ni mu kwezi kw'12 ku ma genekerezo ataramenyekana neza, ariko Save the Date yabo ikaba yerekana igenekerezoi rya 17 n'irya 20 kigarama.…
Diaspora y'abarundi ba Queensland Australia iza iri ku bikogwa bidasanzwe vyo kwigisha imachine za kijambere abarundi bari muri ico gihugu, bamwe baramaze kubimenya mbere bari ku mirimo. Kubwukwo uwo mugambi bamaze…
Ab' amazu y'uburaro, uburiro,ubunwero, n'ubuvyiniro mu gisagara ca Bujumbura ngo boba barayagura, yemwe! bakayasiga agakayangana kuko muri Mukakaro bazogenderwa bikwiye n'ingenzi zivuye ku mpande…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.