Mu makuru aheruka twarabamenyesheje ko abarundi baba muri America bahurikiye mw’ishirahamwe BDUSA bariko baritegurira amatora ashiraho indongozi zizewe n’impande zose. Jules Ndikumana umwe mu ndongozi z’iryo shirahamwe…
Amafaranga ibihumbi 30 vyemerewe abafana bakurikirana cane urubuga rwa Facebook rwa Mt Number one arashobora kuzomuteranya na bamwe mu bafarana biwe. Ivyo n’ibiboneka muma Commentaire ariko akorwa ku mashusho yashizwe ahabona…
Inyuma y'imvurururu n'ukutumvikana vyaranzwe mu banyanyi ba BDUSA zikaza kurangira zinashitse no mu nzego z'Ubutungane, Ishirahamwe ririko ririyambika umutamana. Ngo abarundi bamye barangwa n'ikiyago…
Mw’ihiganwa Afro Awards ribera mugihugu c’Uburusiya harabonetse kandi agashimwe gatahukana Umwigeme w’Umurundikazi aho yari yahiganwe mu muce wiswe (Fashion Designer of The Year). Kuri uyu wa 03 KIGARAMA 2020 yanditse…
Mu butumwa aheruka kurungikira ubuserukizi bw’ibihugu vya Afrika buri mu gihugu c’Uburusiya, umuserukizi w’Uburundi muri ico gihugu Edouard Bizimana abahamagarira kwunga urunani maze biyamirize ubwicanyi bwabaye ndanse muri…
Jean Niyonkuru, yagirizwa ubushobozi buke bwo gutunganya amatora y’indongozi nyezina z ’abarundi baba mu Bubirigi kuva mu mwaka wa 2019 ntakibarizwa muri ayo mabanga vy’imfatatakibanza. Amaze,kubona ko amategeko agenga…
Umurundikazi Hakizimana Alexia(no4) aba mu gihugu c’Ubushinwa ari mwihiganwa ryitiriwe «China Africa cooperation » arasaba abarundi kumushigikira kugira arabe ko yotahukana iryo higanwa. Kumuha amahirwe yo gutsinda, iryo…
Ba Sokuru nibo bayamaze bati amahanga aragurana! Twihweje igitabo citwe "The Seven habitis of Highly effective people" candistwe n'uwitwa STEPHEN Corvey, turasangamwo ahantu avuga ko , ibigize umuntu,…
Abicishije kumbuga ziwe, ni Dusenge Ketty Ange yatumiriye abarundi n’abarundikazi kumushigikira mu kumutora kuba umunyamideri w’umwaka aho yanditse ubutumwa agira ati: “Nitwa DUSENGE Ketty Ange nsanzwe ndi umunyamideri…
Abenshi mu barundi baba mu mahanga (diaspora Burundaise), ntibabona kumwe itunganywa n’indinganiza za diaspora y’ Uburundi, eka n’indwi yahariwe umurundi aba mu mahanga bakayibona ugutandukanye. Umushingantahe Japheti…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.