Kizigenza w'intamba mu rugamba Ndikumana Seleman yaraye agize igisabisho ca Umrah imbere y'uko afata indege imushikana I Bujumbura. Ku musi wa kabiri igenekerezo rya 23 Rusama umwaka wa 2018, niho Kizigenza…
Kubwa Don Brigther Fire Fire ngo niryo zina yakunze ko yokwita indirimbo izosohoka kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 25 Rusama. Don Brighter umuririmvyi w’umurundi asazwe aba muri Leta zunze ubumwe za Amerika neza na!-->!-->!-->!-->!-->…
Inyuma yo kumenyekana ko hari ubuke bw'abigeme muri Industry ya +257 yaba hano i Bujumbura cokimwe no mugihugu hagati, no mubarundi basanzwe bakorera hanze y'igihugu (Diaspora) ngo nuko n'aho bamwe bamwe!-->!-->!-->…
. Ibikorwa rero vy’ugushiraho ishirahamwe rizoba rihuriyemwo abarundi bose baba muri Amerika (Disapora) birabandanya. Samuel NDAYIRAGIJE asanzwe ariwe aza kw’isonga ry’abariko baritanga amenyesha ko gushika ubu ibijanye!-->!-->!-->!-->!-->…
Abarundi bose baba muri Leta zunze ubumwe za Amerika bamenyesha ko bariko barisuganya hasi hejuru kugira barabe ko boshiraho ishirahamwe ribahuza bose iyo bava bakagera. Ivyo twabimenyeshejwe n’uwahoze arongoye!-->!-->!-->!-->!-->…
Umurundi aba mu gihugu c'Ubwongereza Ndayishimiye Chebby Warren abandanya yerekana uburyo akunda igihugu ciwe c'amavukiro mu gufasha urwaruka rw'imihingo itandukanye mu gihugu. Inyuma yo gutanga ibikoresho!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umurundi asanzwe aba mu gihugu c'Ubwongereza Ndayishimiye Shebby Warren abandanya gufata mu mugongo urwaruka rw'i Gitega abicishije mu nkino. Ku musi wa kane igenenerezo rya 02 Rusama umwaka wa 2019, mu ntara ya Gitega!-->!-->!-->!-->!-->…
Kuri uyu musi wa gatanu igenekerezo rya 26 Ndamukiza umwaka w'2019, abarundi baba mugihugu ca Djibouti bari baramutse bahurira hamwe mu ntumbero y'uguhanahana ivyiyumviro ku cegeranyo c'ibikorwa vyaranguwe!-->!-->!-->…
Abarundi babiri umwe aba mu gihugu ca Reta zunze ubumwe za Amerika, uwundi muri Norvège bagiye hamwe batanguza umugambi bise “TIMA” ufise intumbero y’ukumenyekanisha imiryango ihari mu Burundi hamwe n’uguhimiriza abantu!-->…
"Akabura ntikaboneke ni nyina w'umuntu". Abaririmvyi bari mu makungu "Diaspora burundaise" biyemeje kuzobandanya bafasha umuryango w'umuhisi Bruno Simbavimbere abana asize bazoshobore kubandanya amashure. Amateka nimeshi!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.