Hari haciye igihe kitari gito umuririmvyi Nziza Desirer atagishasha azanye mu muziki ndundi, agacerere yaramazemwo imisi akaba ngo agasohakanye vyinshi, akaba yaje n’akaririmbo gashasha yise “Murasa”. Murasa akaba ari!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Inarunyonga afise umugambi wo guha umwanya ingabire yiwe yo gukina ireresi gusumba umuziki muri kino gihe. Inyuma y'igihe asa n'uwuri mu gacerere, Ndayishimiye Arlaine benshi bazi nka Inarunyoga yasubiriye!-->!-->!-->!-->!-->…
La diaspora burundaise est à la quête de l'agriculture et de l'élevage moderne dans leur patrie. Dans une interview exclusive accordée au journal en ligne indundi, Samuel Ndayiragije chargé du programme "Uburimyi!-->!-->!-->!-->!-->…
Inyuma y'uturirimbo nka Kikomando, By your Side na Mbwira duheruka gushirwa ahabona twakunzwe n'abatari bake, Babbi avuga ko hari akandi karirimbo gashasha kari inyuma, kari mu gusohoka. Ako karirimbo ngo gashobora!-->!-->!-->!-->!-->…
Inyuma yagacerere yaramazemwo igihe asohokeye mu bikorwa, Moss Kiny muri kuno kwa nzero(01) 2019 akaba yamaze guheza gufata amashusho (Clip Video) y’indirimbo nshasha ‘’Forever Young’’. Musa Bamba azwi kw’izina rya!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Mu rugendo yari amazemwo imisi mu gihugu c'amavukiro, Patrice Ntāfátiro ajejwe imicokama mu barundi baba mu mahanga amenyesha ko yari igikorwa kidasanzwe Leta y'Uburundi yari ishaka ko yofashamwo. Ico gikorwa rero ngo!-->!-->!-->!-->!-->…
https://youtu.be/PfX4oQcnpPM?list=PLfqlH3YW9SLZysI3xZkz3Nvr7lwoqQaNu
Ukuvuga ivyiza ni ngirakamaro, kuko ibibi n’ibidusubiza inyuma. Bikaba biheruka gushikirizwa na Annie Irankunda asanzwe arongoye ishirahamwe Reunion 257 Uruhara rw’abarundi baba mu mahanga ngo ni ngirakamaro cane mu!-->!-->!-->!-->!-->…
https://www.youtube.com/watch?v=hoHl4Yy0O3s&index=5&list=PLfqlH3YW9SLZysI3xZkz3Nvr7lwoqQaNu
Nk'uko vyashikirijwe n'uwusanzwe ayoboye abarundi baba mu mahanga Japhet Legenti Ndayishimiye kuri uno wa mbere igenekerezo rya 31 Kigarama umwaka w'2018 aho yariko yipfuriza abarundi baba hanze umwaka!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.