Inyuma yaho ibihugu nk’Urwanda, Ubugande, Kenya na Tanzania bahagarikiye ibikorwa bihurirwamwo n’abantu benshi nk’ibiteramo, amasengero, amashure n’ibindi, Urwanda rwo rwahavuye rufata ingingo yo kugumiza mu mazu…
Baba mzazi wa Marehemu Steven Kanumba, Charles Kanumba amefariki Machi 8, 2020, saa nne asubuhi akiwa Hospitali ya Mkoa wa Shinyanga. Mdogo wake Kanumba, Mjanaeli Kanumba amethibitisha. Aliugua kwa muda mrefu “Kweli Baba…
Amakuru ku bijanye n’ugutandukana kwa Diamond na Tanasha abandanya aboneka avuye hirya no hino. Ayo dukesha umwe mu bantu begereye WCB avuga ko ugutandukana kwabo ngo kwoba kwavuye ku ruhererekane rw’ibiteramo Diamond ariko…
Naho bivurwa ko abavyeyi ba Nasibu Junior batakivuga rumwe, bivuye kuko ngo harimwo umwe yoba yaciye inyuma uwundi, kandi ko umwe muribo ngo agiye kugira ico ashikirizako abicishije mu ndirimbo, hari abandi batanguye…
Ibimenyetso vyose Bihari muri kino gihe vyerekana ko Nasibu Djuma benshi bazi nka Diamond atakiri kumwe n’umukunzi wiwe Tanasha Donna. Ivyo ni nkuko uwo mukunzi atakibarizwa muri Tanzania, ariko ageze muri Kenya. Uwo mwigeme…
Mu gihe hari hamaze imisi hanurwanurwa ko umukuru w’inama nshimgamateka y’ibihugu bigize umuryango wa Afrika y’ubuseruko EALA (East Africa Legislative Assemblee) yoba yanyurujwe, umushingamateka Léontine Nzeyimana arabeshuza…
Muri kamere y’aba Tanzania ngo inyuma y’imyaka 10 mu muziki ngo baca bazima, ntihagire uwusubira kumwumviriza nkaho umengo ntiyigeze abaho. Aho hagatangwa akarorero k’abaririmvyi bari bakomeye mu myaka iheze nka Mr Nice,…
Igituma ALikiba adakunze kuvurwa canke kwandikwa cane mu binyamakuru ngo nuko we ubwiwe ataco atanga ngo bandike. Ivyo bikaba biheruka gushikirizwa n’umwe mu banyarusaku barembeje cane umurwi wa Wasafi ku muhora wa…
Wema na Diamond ngo bakiri kumwe mu Rukundo ntibigenze baganira kuvyo kuzokurikirana kuri Instagram, Fellow. Nayo abavuga ko yagabanutse cane kugira ivyo anywa nk’imiti ngo sivyo na gato, kuko ameze neza atagwaye. Mu…
Intandaro ya Diamond na Harmonize gutandukana ngo ni umukunzi wa Harmonize, Sarah, nkuko bishikirizwa n’umwe mu begereye abo baririmvyi muri Tanzania. Nkuko tubikesha imboneshakure Carrymastory ngo kuba Sarah…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.