Lyyn yahoze ari umukunzi wa Diamond uno musi ari mu baririmvyikazi bashasha muri Tanzania, avuga ko yiteguye gukorana indirimbo na Tanasha umukunzi mushasha wa Diamond, kuko ngo bo uko ari babiri n’abaririmvyikazi, ngo ntaco…
Amatora nyezina ategekanijwe kuba mu mpera zo muri uyu mwaka w’2020 muri Tanzaniya ngo azoba meza cane kandi ahurikiyemwo bose. Ivyo ni ivyaraye bishikirijwe n’uwuramutswa ico gihugu Doctor John Pombe Magufuli ku mugoroba wo…
Nk'uko tubikura mu kinyamakuru" www.lemonde.fr/Afrique " ngo inzige ziriko zirabica bigacika mu bihugu vya Afrika y'ubuseruko za Kenya, Ethiopia na Somalia. Ishiramwe mpuzamakungu ONU ngo ryarateye akamo…
Wema Sepetu ararahira akarengwa ko atigeze akurikira amatungo y'abagabo, aho yaba yagendanye nabo. Ivyo akaba yabishikirije ku rubuga rwiwe rwa Instagram. Uwo mukinyi w'amareresi akomeye, yavuze ko abona muri ino…
Ku musi wa gatandatu abantu 4 barasize ubuzima mu gitero c'abihevyi b'abanya Islam begamiye umuhari Al-Qaida. Ivyo bikaba vyabereye ku mugwa mukuru wa Somalia Mogadiscio. Ico gitero kikaba cakozwe hakoreshejwe…
Umwe mu batanzaniyakazi bakunzwe cane, Lynn, yavuze uko babanye na Diamond imbere yuko azana Tanasha amusubirije Zari. Nkuko amakuru dukesha Ghafla abishikiriza, ngo hampande ya Zari, Diamond yaranikora kuri Lynn. Uwo ngo…
Akoresheje urubuga rwa Instagram, Mbosso yavuze ko uwo baririmbanye Tanasha ngo adakorwako kandi badakuyakuya, atari Boss Diamond Gusa. Tanasha ngo ni uwa Nasibu Abdoul Juma gusa, ivyo nibiheruka gushikiriza na Mbosso ku…
Inyuma yaho Wema Sepetu atereye ibiro bitari musi ya 50, uwo mwigeme ngo ubu mu maso hiwe hasa n'ah'umukecuru, abafana biwe bamwe bamwe bakaba babona ko vyiza yari kuguma uko yari. Nk'uko amakuru dukesha…
Inyuma yo kuririmba mu birori vya CAF vyabereye muri Egypte, Diamond ngo ashobora no kuririmba mw'ihiganwa ry'umupira w'amaguru rya World Cup ryo muri 2022 muri Qatar. Hagati ya Eto'o fils na Nasibu…
Zari ngo imbere yuko yubaka ishure ryiwe rya Brooklyn College muri Africa y'epfo, yabanje kugeragereza muri vyinshi birimwo n'ukuba umukozi wo mu nzu igihe yiga mu bwongereza. Zarinah Hassan azwi nka Zari The Boss…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.