Amakuru Indundi Sports ihejeje kuronka ubu nyene avuye kubegereye umugwi Bujumbura City wegukira igisagara ca Bujumbura aravuga y’uko umumenyereza Omar ntakagero yamaze gutanga imihoho mu mabanga yo kumenyereza uwo mugwi …
Imisi ingana 240 niyo Ingénieur Méthode Ndikumagenge asanzwe arongoye ibikorwa vyo kwubaka ico kibuga intwari hamwe n’abafundi biwe bihaye kugira ico kibuga kizobe cuguruwe. Ingénieur…
Impande zibiri z’ikibuga c’intwari zizosakarwa izindi mpande zibiri ntizizosakarwa ni ukuvuga ahazosakarwa ni hahandi hahora ubwugamwo bw’iteka hamwe no kuri rurya ruhande ruriko ibiro vy’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu…
Umugwi wa Flambeau du Centre wa hano iwacu wasezerewe mu nkino za CAF Champions League na Zamalek watomboye kuzohura na Daring Club Motema pembe w'i Kinshasa ku murwa mukuru wa RDC. DCMP wigeze gusezererwa na Lydia Ludic…
Umugwi Imboneza Fc w’abana bahoze baba mw’ibarabara waserukiye Uburundi mu nkino z’igikombe c’isi cariko kibera muri Qatar waraye uganutse. inyuma yo gushika i Bujumbura bararonse akaryo ko kuyaga n’abanditsi hamwe…
Umumenyereza w’umurundi yahora amenyereza umugwi Police Tanzania Joslin Bipfubusa yahagaritswe n’uburongozi bw’uwo mugwi. Imvo nyamukuru ni umusaruro mubi nk'uko twabisomye mu binyamakuru vyo mu gihugu ca Tanzania. Uwo…
Inkuru indundi Sports ihejeje kuronka muri kano kanya ni uko umukinyi w’umusatirizi w’intamba mu rugamba hamwe na Kaizer Chiefs Bimenyimana Bon Fils Caleb yagize imvune, iyo nkuru tukaba twayisomye mu kinyamakuru co muri…
Umukuru w’igihugu c’Uburundi Général Major Evariste Ndayishimiye avugako mu buto bwiwe yakunda gukina umupira w’amaguru cane naho muri kino gihe asanzwe akunda inkino zose kandi akanazishigikira . Ivyo akaba yaraye abivugiye…
Après l'expiration de son contrat avec le club tanzanien Costal Union, l'international burundais Mustafa Francis Njali a signé pour le Zanaco Fc, un club zambien. Njali a signé un contrat d'un an avec le club,…
Umukinyi wo hagati w’umurundi asanzwe akina mu gihugu ca Tanzania mu mugwi KMC Mvuyekure Emmanuel yaraye afashije umugwi wiwe gutsinda Mtibwa sugar. Hari kuri uyu wa gatandatu waraye uheze igenekerezo rya 15 Gitugutu 2022,…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.