Mu gihe ikibuga citiriwe Intwari kiriko gisubirwamwo bushasha kugira kizoze kirakira inkino mpuzamakungu, ico kibuga kigatungana kizoba gifise amategako yaco. Ayo mategeko nayo akaba yashikirijwe na Honorable Révérien…
Abakinyi b’abarundi babandanya bigenza neza mw’ihiganwa ryo mu gihugu c’urwanda . Mu mpera z’indwi yaraye iheze , ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu Rwanda ryari ryabandanije kundwi igira 7 aho umugwi Kiyovu Sports ukinamwo…
Umukinyi w’umusatirizi w’Intamba mu rugamba Hussein Shabani Tchabalala yaraye afashije As Kigali gutsinda Gasogi United. Hari mu mpera z’indwi yaraye irangiye aho umugwi As Kigali usanzwe ukinamwo abakinyi…
Umukinyi winyuma w’intamba mu rugamba Ndayishimiye Youssuf abandanya yigenza neza mu gihugu ca Turquie . kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 31 Gitugutu 2022 , umugwi Istanbul Basaksehir wari kiriye umugwi Gerisunspor mu…
Umugwi nserukira gihugu intamba mu rugamba ushobora gukina urukino rwa kivandimwe n’umugwi nserukira gihugu wa Côté d’Ivoire . Ivyo bikaba vyaraye bishikirijwe na Général de Brigade de Police Muyenge Alexandre asanzwe…
Umugwi nserukira gihugu intamba mu rugamba waraye ukoze amateka mu nkino za Cecafa z’abatarenza imyaka 20. Hari ku musi wa gatanu igenekerezo rya 28 Gitugutu 2022 , mu gihugu ca Sudan aho umugwi nserukiragihugu intamba mu…
Cynthia Ishimwe umuhagarikizi w’umurundikazi wa mbere mu mateka y’inkino zo kumusenyi (Beach Soccer ) yashoboye gukezwa n’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru muri Africa CAF. Cynthia yaraye yanditse amateka mu kuba umuhagarikizi…
Umugwizatuga Richard Kaderi wo mu ntara ya Muyinga niwe yashimiwe n’uwurongoye umugwi Olympic Star w’Imuyinga, Général Major Ildéphonse Habarurema. Agashimwe yahawe kakaba arako kumushimira kubora ishirahamwe ryiwe rya…
Saido Ntibazonkiza yasubiye itoto mu gihugu ca Tanzania inyuma yo kugurwa na Geita Gold . Hari kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 26 Gitugutu 2022 aho umugwi Geita Gold ukinamwo Saidi Ntibazonkiza na Arakaza Mac Arthur wari…
Umugwi Bayern Luverkusen wo mu cicaro ca mbere mu gihugu c’ubudagi uripfuza umukinyi w’intamba mu rugamba Ndayishimiye Youssuf Nyange. Ivyo bikaba vyanditswe n’ikinyamakuru co muri Turquie citiwa Ajansspor aho kivuga ko…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.