Neymar Junior ngo indwi ziri hagati ya 6 n’8 nizo zishobora kuzohaca imbere yuko uwo musore w’umunya Bresil asubira kuboneka mu gitigiri c’abakinyi ba PSG baja mu kibuga guhiganwa. Ivyo bikaba biheruka gushikirizwa n’umugwi…
Urukurukuru ruhari uno musi nuko umugabo yitwa Zinedine Zidane ashobora kuja kumenyereza umugwi wa PSG ari nka hamwe umukenyuro abanya Qatar bariko barategura wongenda nkuko bashaka. Iyo nkuru ikaba ije gushirwako akaburungu…
Muri rino ci, Sergio Ramos niho yifatanya n’umugwi wa PSG wo mu bufaransa, akaba yashitse muri uwo mugwi ata mafaranga uwo mugwi utanze kuko amasezerano na Real madrid yahoramwo yari yari yamaze kurangira. Ramos mu mezi 4…
Haampande yo kuba icegera c’uwutwara abamenyereza bo mu Burundi Harimenshi Alexis agiye kwitoza mu kibanza co gutwara Futsal na Soccer Beach. Igenekerezo rya 05 Kigarama 2021, niho hazoba amatora yo ku rwego…
Uwushobora gusubirira Hoborable Reverien Ndikuriyo ashobora kuba ari mubamwegereye . kuri uyu wa Gatanu igenekerezo rya 29 Gitugutu isaha zibiri n'inusu z'igitondo kuri Zanzi Resto bar iri muri Quartier Asiatique ,…
Abaserukirikizi ba CAF na FIFA nabo nyene bazoba bishikiye mu Burundi mu ntumbero y’amatora y’uwuzotwara ishirahamwe ry’umupira w’amaguru. Ivyo bikaba vyashikirijwe na Honorable Reverien Ndikuriyo asanzwe atwara ishirahamwe…
Honorable Réverien Ndikuriyo agiye gufata akanya ko guhura n’abakinyi b’intamba mu rugamba bakina muza Burayi n’abandi kugira abashimire imbere y’uko atazoba agitwara ishirahamwe Mu kiganiro yari yaramutse akorana…
Cristiano Ronaldo ngo agiye gusubira kwakira abandi bana mu muryango wiwe uno musi ugizwe n’abana 4. Ivyo uwo mukinyi wa Man U akaba ahejeje kubishikiriza ku rubuga rwiwe rwa Instagram ruza mu kibanza ca Mbere mu…
Umugwi nserukira gihugu w’uburundi Intamba mu rugamba ugiye gukina urukino rwa kivandimwe n’umugwi nserukira gihugu wa Gambie . urwo rukino rwa kivandimwe rukaba rugiye kuba kw'igenekerezo rya…
Umumenyereza w’umurundi Etienne Ndayiragije ntakibarizwa mu mugwi Geita Fc wo mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Tanzania . ku musi w’Imana igenekerezo rya 24 Gitugutu 2021 niho Etienne Ndayiragije yerekwa…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.