Igurwa rya Lionel Messi ntiryateye umunezero abafana b’uwo murwi na Kigali gusa, ariko ngo uwo munezero waranashikiriye abanyamerika barimwo Michael Jordan amaze guhomba amafaranga atari make kubera ikiza ca Covid 19 catumye…
Umugwi Aigle Noir The Fighters w’i Makamba ugiye kwerekana abakinyi bawo waguze ku rukino rwayo rwa mbere rwa Primus league 2021-2022 ruzobahuza na Les Crocos yo mu Rumonge igenekerezo rya 14 Myandagaro 2021 isaha…
Uwahora ari umumenyereza w’umugwi Bujumbura City wo mu cicaro ca mbere muri Primus league Hakizimana Alexis yitwariye umugwi Bujumbura City mu gisata kijejwe amategeko mw’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB.…
Mu gisagaca ca Gitega umugwa wa Poritike hagiye kwaka umuriro bivanye n’ingene ibirori vyo kwerekana abakinyi ba Musongati bashasha biriko bitegurwa. Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 07 Myandagaro isaha zitanu zo…
Hagiye kwaka umuriro mu rukino rwa kivandimwe rugiye guhuza umugwi Athletico New Oil hamwe na Rukinzo kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 01/08/2021 isaha icenda 15h 00 ku kibuga Umuco . Urwo rukino rukaba ruzoba ari urwo…
Ndikumana Djuma yafashije Umugwi Olympi Star w’i Muyinga kurangiza igice ca mbere c’ihiganwa rya Primus league 2020-2021, uri mu kibanza ca mbere amasezerano yiwe n’uwo mugwi yararangiye. Ndikumana…
Umugwi Flambeau du Centre ubandanya wiyubaka neza kugira witegurire neza ihiganwa ry’umwaka wa 2021-2022. Urukurukuru niyo nkuru , amakuru indundi Sports ihejeje gutohoza ubu nyene kandi ariyo ni uko umugwi Flambeau du…
Umugwi wegukira igisagara ca Bujumbura ariwo Bujumbura City wahaye amasezerano uwahoze ari umumenyereza wa Aigle Noir na Les Crocos , Niyonkuru Gustave. Ntituramenya amasezerano Niyonkuru Gustave yagiraniye n’uwo mugwi…
Mu birori vyo gutora abakinyi bitwaye neza mw'ihiganwa rya Primus ligue 2020 vyari vyitabiriwe na bamwe mu bategetsi bakomeye mw'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru, umukenguzamateka Révérien Ndikuriyo…
Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 05 Ruheshi 2021 , isaha umunani 14h00 ku kibuga Gatwaro mu Kayanza niho imigwi ya Flambeau du Centre na Bumamuru izotana mu mitwe mu rukino rwa nyuma rw’igikombe citiriwe Umukuru…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.