Umukinyi w'umusatirizi w'umurundi Bigirimana Blaise akinira umugwi Namungo Fc wo mu gihugu ca Tanzania , ariko aronderwa cane na Yang Africans wo mu gisagara ca Dar es salaam . Amakuru Indundi Sports yahoboye…
Mundwi yaraye iheze umugwi Aigle Noire the Fighters werekanye abakinyi batatu b'abanya mahanga bavuye muri Tanzania wazanye mu ntumberoyo kwiyuzuza no kwikomeza . Umumenyereza w'umugwi Aigle Noire The Fighters…
Umugwi Aigle Noire the fighters wo mu Ntara ya Makamba uri mu nzira yo kuzana abakinyi bagera kuri 12 b'abanyamahanga bava mu Afrika y'uburengerazuba. Abo abakinyi akaba abanya Cote d'ivoire 5 , aba Malien 4 ,…
Inyuma yo kurangiza ihiganwa rya Primus league 2019-2020 bafashe ikibanza ca 3 , bakanarangiza aribo bafashe ikibanza ca mbere mu binjije ibitsindo vyinshi uwo mugwi washize ahabona abakinyi utazokwifashisha…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.