https://m.youtube.com/watch?v=OKJHURbHMVY Urukuru rugize imisi ruhari kuri Lionel Messi umukinyi wa Barcelona akomoka mu gihugu ca Argentine, nuko ashobora kuja muri manchester City mu gihe azoba arangije amasezerano yiwe…
Cèdric Kaze abandanya yitwara neza muri Tanzania . Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 31 gitugutu umurwi Biashara United wari wakiriye Yang Africans mu rukino rw’indwi ya 8 y’ihiganwa ryo mu gihugu ca Tanzania ,…
kuri uyu wa Gatatu igenekerezo rya 28 Gitugutu 2020, ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB ryasohoye itangazo rihamagarira abipfuza bose kuzoherekeza Intamba mu rugamba muri Mauritania ko boshika vuba ku…
Mu rukino rutari rworoshe abaririmvyi batahukanye itsinzi y'igitsindo kimwe cinjijwe n 'umuririmvyi akiri muto azwi kw' izina rya Saint Floria ku busa bw'aba Dj. Abakinyi, abarorerezi, abajejwe umutekano,…
Inyuma yuko Empire Avenue itangaje ko itakiri kumwe n'umuririmvyi Bainturo biturutse ku masanamu y'ibiterasoni yasanzaye ku mbuga ngurukanabumenyi yerekana uwo muririmvyi n'umwigeme Nice Sky. Ubu baho iyo Label…
Mukiringo gito cane ahamagawe irya mbere mu mugwi nserukiragihugu w'Ububiligi bivuye kukuntu yigenjeje mw'ihiganwa rya 2019-2020 muri Pays-Bas, Mike Tresor Ndayishimiye yaramaze gukina inkino 3 za nyuma afasha…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.