Abana 1500 bo ku mashure shingiro ane yo muri komine Busiga mu ntara ya Ngozi nibo baronkejwe amakaye afise agaciro k'amafaranga y'amarundi imiliyoni indwi akaba yatanzwe na Marc Manirakiza batazira Poshen…
Inkuru ibabaje Ku bakunzi b'umukinyi Riyad Mahrez. Mu gitondo ko kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 07 Nyakanga 2020, umugwi Manchester City washize ahabona itangazo rivuga y'uko umukinyi wabo wo kuruhande Umunya…
Ntibikiri ibanga, amakuru duhejeje kuronka ni uko uwahora ari kizigenza wa Vital'o Fc Saido Ntibazonkiza atazoboneka muri uwo mugwi mw'ihiganwa rya Primus league 2019-2020 , buca ritangura. Iyo ikaba ari inkuru…
Ukunezerwa aba kino gihe bita "kurya ubuzima" bimukoze Neymar, aho n'inyuma y'imisi bari bagize bari mu gace kitwa Ibiza muri Espagne hamwe na bagenziwe. Ikivugwa ubu ku mugabane wa Buraya ku mukinyi…
Ubu uriko usoma ino nkuru Ronaldinho umukinyi wa kera w'umurwi Barcelona kandi n'umwe mu bakinyi bakoze ibikora inka mu mugwi nserukiragihugu wa Bresil ngo abarizwa mu gihugu ciwe c'amavukiro. Aho…
Nassir AL Kheifa nawe yamaze kuja mu gitigiri c'abashaka kwikwegerako Lionel Messi. Biramutse bikunze, uwo munya Argentine akaba azoba asanzeyo abakinyi nka Neymar na Mbappe nabo muri kino gihe batoroshe. Ariko naho…
Kuva mu mwaka wa 2004 gushika mu mwaka wa 2012 izina ry'umukinyi wa kera wa Vital'o Fc ndetse n'intamba mu rugamba Ndizeye Alain Bangama ryari rizwi mu gihugu cose c'Uburundi bivanye n'ingene…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.