Mu gihe hadaheze n'ukwezi abakunzi b'umupira w'amaguru bari mu kigandaro co kubura imwe mu ntwari z'umupira w'amaguru Diego Armando Maradona, mw'ijoro ryo kw'igenekerezo rya 9 Munyonyo 202O…
Harategekanijwe ihiganwa ryo gusiganwa ku makinga ku mikangara n'imiyabaga iri hagati y'imyaka cumi n'itanu gushika kuri cumi n'indwi ,ivyo birori bikazobera i Ngozi muri komine Mwumba kuri uyu wa…
Mu gihe igenekerezo rya 5-6 kigarama 2020 igice ca 5 c'ihiganwa ry'abagendesha imiduga "Rallye y'i Ngozi"yari yungurujwe biturutse ku rupfu giturumbuka rwa Didier Niyokindi umwe mu bagize comité…
Mu rukino rwa volley haheruka kuvuka umurwi mushasha w'abigeme wiyongera kuyari ihasanzwe . Uyo murwi ukaba uhasanze imirwi nka Muzinga , GLC , Les As na Panthers. Mu mpera z’ino ndwi ihiganwa rya Volleyball…
Mu bihe vy’ibiruhuko abamenyereza mu nkino zitandukanye baratunganya ivyirwa ku bana baba bari mu karuhuko, nko mu nkino za Football, na Basketball hamwe na Volleyball. Sensei Hervé Ntiruseseka yahisemwo kwigisha abana bafise…
Uwahora ashikiriza ibiganiro vy'inkino ,ivy'urukundo na zinduka kuri Buja fm akaba kandi yari umumenyereza w'imirwi nka New stars , Les gazelles, Berco stars ,Les fidèles na Aigle noir muri Basket-ball…
kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 20 Munyonyo 2020, niho uwutwara ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB nyakubahwa Réverien Ndikuriyo yahaye amabanga Freddy Ndayishimiye yo kuba ararondera no gukurikirana (…
Kuruyu w'Imana igenekerezo 18/11/2020 isaha 15h00min ku kibuga c'iingomai kiri mu ntara ya Gitega niho umurwi wa Musongati Fc wari wakiriye Umurwi wa Vital'O Fc , m'urukino rw'indwi ya 10 ya #PLB2020.…
Kuruyu wa kabiri igenekerezo 17/11/2020 isaha 15h00min ku kibuga c'Umuco kiri mugisagara ca Muyinga niho umurwi wa Olympic Star wari wakiriye Umurwi wa Vital'O FC , murukino rw'indwi ya 10 ya #PLB2020.…
Mu gihe ihiganwa risigaje inkino zibiri ngo igice ca mbere c'ihiganwa kirangire ,imirwi 8 kuri 9 yaratanye mu mitwe mu mpera zino ndwi . Kern akaba ariyo itarigera itsindwa na rimwe. Iryo higanwa rya basket mu gisagara…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.