Mugihe kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 26 Rusama 2020, Isaha icenda (15h00) ku kibuga c'intwari, harindiranywe igishika urukino rukomeye cane rwo gutangura rw'igice ca kabiri gishira icanyuma c'igikombe…
Ku makuru tuhabwa ni kinyamakuru Sky Sport aravuga y'uko kizigenza w'umugwi nserukira gihugu w'Intamba mu Rugamba Saido Berahino ariko aronderwa n'imigwi ikomeye yo mu gihugu ca Ecosse . Imigwi iriko…
Hari Ku musi wa Gatandatu Igenekerezo rya 23 Rusama 2020, Isaha icenda 15h00 Ku kibuga c'Ingoma aho umugwi Rukinzo Fc wari wakiriye Aigle Noire The Fighters w'i Makamba mu rukino rw'igice ca kabiri gishira…
Ku musi wa kabiri igenekerezo rya 19 Rusama 2020, niho hamenyekana igikorwa co gufasha abanya Gatumba bashikiwe n'umwuzure cari categuwe n'abahoze ari aba kizigenza b'intimba mu rugamba, abo nabo akaba ari…
Akuzuye ntikamurikwa, urugo rw'imigisha rutah' impundu, ntawutanga ica adafise ,.. Iyo nimwe mu migani twokoresha mu kwerekana umutima wo gukunda igihugu uri muri Saido na Selemani ba kizigenza b'intamba mu…
Umukinyi w'umusatirizi w'umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba yahora akinira Bugesera Fc Hussein Shabani Tchabalala yaguzwe na As Kigali. Ku makuru adushikira ava mu Rwanda n'uko uwo mukinyi…
Urukino rwa Volley ball ni rumwe mu nkino zikomeye kandi zikinwa cane kw'isi. Urwo rukino rwatangujwe na William Morgan i Massachusettes muri leta zunze ubumwe bwa Amerika hari mu 1895. Urwo rukino na hano iwacu i…
Abakinyi batatu bakomeye nibo basinyishijwe na club Intwari mu ntumbero yo kwitegurira amahiganwa yimirije akaba ari Ingabire Fabrice yahora muri Rumuri, Arakaza Alex Alain n'a Nkengurutse Alain Brax bahora bakina mu…
Mu ntumbero yo kwerekana ingabire volley ball yakuye mu matuta "pépinière" , imvukira za Musaga zirikumwe n'urwaruka rukina volleyball barategakanije urukino ruzohuza abavuka muri zone ya Musaga …
Kw'igenekerezo rya 9 Rusama 2020 mu nyubakwa za New ku muganuro harakoraniye abanywanyi b'umurwi Urunani Basket-ball bakaba batoye umurongozi mushasha Nzeyimana Origène batazira DJ Shaft abandi bita Papa kyle ngo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.