Kuri uyu w'Imana igenekerezo rya mbere niho hakinywe inkino za nyuma mu nkino z'igikombe citiriwe incungu , ico gikombe kikiba categuwe n'ishirahamwe Fondation Pax Burundi ku ncuro ya kane bafadikanije…
Bitaboroheye na gato umurwi wegukira igi Police C'Uburundi mu bagabo niwo watsinze wongera utahukana igikombe citiriwe incungu z'uburundi utsinze Gacosmos muri Seoul, aho hakaba ari inyuma yaho banganirije itsinzi…
Komine Mutaho yo mu ntara ya Gitega niyo izokwakira ihiganwa ryitiriwe incungu kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 31 Gitugutu 2020 ku kibuga cubatswe n'umurwizatunga adandaza ibitoro yitwa Epaphrace. Imirwi izokina…
Abanonotsi b'urukino rwo kwoga (Natation)bazohiganwa mu mpera z'ino ndwi, kuva ku munsi wa gatandatu igenekerezo rya 31 Gitugutu gushika kw'igenekerezo rya mbere 01 Munyonyo mu bigo vya Entente sportive…
Mugihe indundi Tv yama iha icubahiro abakinyi bose bakera bigeze gukora amateka ndetse baranaterera kugira umupira w’amaguru wacu utere imbere twaregereye umwe mu bakinyi bakera bigeze gukundwa cane mu gihugu…
Mugihe indwi igira 7 ya Primus league yaraye irangiye ku magenekerezo ya 23,24na 25 Gitugutu(10) abakinyi bafise ibitsindo vyinshi gusumba abandi bamaze kumenyekana. Urutonde rwabo akaba ari uru rukurikira: 1) Nzojimwami…
Mu mpera z'indwi yaraye iheze ihiganwa rya Primus league ryari ryabandanije kundwi igira 7 . Umugwi Olympic Star wanse kurekura ikibanza ca mbere naho wanganije na Athletic academy . Uko Niko imigwi yatsindanye :…
Umumenyereza w'umugwi w’igisirikare c'uburundi Muzinga Fc Bimenyimama Robert ntakibarizwa muri uwo mugwi. Amakuru ava muri zimwe mu ndongozi za Muzinga avuga ko bahagaritse uwo mumenyereza kumvo z'umwimbu…
Mu mpera z’indwi twaraye dusozereye inkino z ’igice canyuma(finale) mw’ihiganwa ryitiriwe Intwari(Coupes des Heros) ryaraburabujwe n ’imvura yaguye kuri uwu w ’Imana igenekerezo rya 25 gitugutu. Inkino zikaba zari zatanguye…
Ku musi wa Gatandatu igenekerezo rya 24 Gitugutu 2020, niho uwutwara ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB Umukenguzamateka Réverien Ndikuriyo yandika ku rubuga ngurukana bumenyi rwiwe rwa Facebook asaba…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.