Uwigeze kuba umukinyi w'intamba mu rugamba hamwe n'umugwi Prince Louis Musaba Selemani yavuze umukinyi akunda cane gusumba abandi mu mugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba . Mu kiganiro yakoranye na…
Umugwi nserukiragihugu Intamba mu rugamba wungutse ikibanza kimwe mu rutonde rwa FIFA rwama rusohorwa buri kwezi, aho ni inyuma yo gutsinda Tanzania. Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 22 Gutugutu umwaka wa 2020,…
Kuri uyu wa Kane igenekerezo rya 22 Gitugutu 2020, abamenyereza b'intamba mu rugamba baraye batumyeko abakinyi 27 bakina hano iwacu bagiye gutangura imyimenyerezo yo kwitegurira inkino zibiri zizohuza Uburundi na…
Kuri uyu wa Kane igenekerezo rya 22 gitugutu 2020, mw'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB baraye bashize ahabona abamenyereza b'umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba bagiye…
Intererano abakunzi b'inkino baterereye mu kwinjira Ku bwinshi mu rukino rwo kurondera itike ryo kwitabira inkino zanyuma za CAN rwabaye mu mwaka wa 2019 , rwahuje Intamba mu rugamba na Gabon yatumye FFB yinjiza…
Umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba Shaka Bienvenue yashize umukono Ku masezerano yo gukinira Umugwi Ac Leopard ukina mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Kenya mu kiringo kitaramenyekana . Umugwi Ac…
Kuri uyu w'Imana Igenekerezo rya 18 Gitugutu 2020 , niho ihiganwa ryo mu Bubirigi Jupiler Pro ryabandanije kundwi yaryo igira 9. Umugwi mushasha ukinamwo Kizigenza w'intamba mu rugamba Saido Berahino Sporting…
Isabukuru y imyaka 50 y’amavuka yaherekejwe n' ubugeni bwiwe na Kigeme Jocelyne , hadasizwe inyuma ibatisimu y ikibondo cabo gito. Mutombola kakaba kabaye akaryo kuriwe ko kugaburira abaraho umukate w 'isabukuru y…
Igitsindo ca Saido mu ntamba mu rugamba mu rukino na Tanzania sico catumye ahabwa amasezerano. Saido Ntibazonkiza yahavuye avuga uwatumye ashira umukono ku masezerano yo gukinira Yang Africans . Mu kiganiro yakoranye…
Umuriro uzokwaka i Ngozi, nayo atari ibizohakirira ntakizohasiga ubuzima, abanya Bujumbura n'abanya Gitega bagasabwa gushidukana n'iyonka bakerekeza ku Gasaka ka Inarunyonga.Ku magenekerezo ya 24 , na 25…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.