Kuri uwu wambere w'igenekerezo rya 15 Rusama(06) 2020, niho umumenyereza mukuru w'intamba mu rugamba Alain Olivier Niyungeko ari kumwe n'abakinyi b'intamba mu rugamba bari hano mu gihugu batera…
Umugwi Aigle Noir The Fithers w'i Makamba mu mwaka uzoshobora kuba ufise Bus y'akarorero nka zimwe zitwara abakinyi mu bihugu vya Buraya. Ivyo tukaba tubivuga bivanye n'ivyanditswe n'uwashinze uwo…
Mugihe abarongozi batandukanye bamaze imisi bishikira ku kirimba c'umukuru w'igihugu mu ngoro yitire Ntare kwunamira ndetse no gutanga ubutumwa bwabo bujanye n'ubuzima bwa Petero Nkurunziza yaraye aryamiye…
Manager w'umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba Mutima Constatin asanzwe aba mu gihugu c'ubwongereza yababajwe n'urupfu rwa nyakwigendera umukuru w'igihugu c'Uburundi yitavye Imana giturumbuka ku…
Inyuma y'urupfu giturumbuka rwa nyakwigendera uwahoze ari umukuru w'igihugu cacu Petero Nkurunziza rwabaye kuri uwu wa Kabiri igenekerezo rya 08 Ruheshi 2020, mu bitaron Cinquantenaire biri mu Ntara ya Karusi ,…
Inyuma y'urupfu giturumbuka rwa nyakwigendera umukuru w'igihugu c'u Burundi Petero Nkurunziza, ishirahamwe ry'umupira w'amaguru (FFB) ryigije inyuma ikirangamisi c'inkino Primus league nkuko…
Uwigeze kuba umumenyereza w'intamba mu Rugamba Adel Amrouch yababajwe cane n'urupfu giturumbuka rw'Umukuru w'igihugu c'Uburundi Petero Nkurunziza. Abicishije Ku rubuga ngurukana bumenyi rwa Facebook…
Inkino ni kimwe mu bisata bihuza abantu mu gihugu,Kuva muri 2005 , Nyakwigendera Nyenicubahiro Umukuru w'igihugu c'Uburundi Nkurunziza Pierre yarongoye igihugu gushika kw'igenekerezo rya 8 Ruheshi yitavye…
Nkuko mubizi ikinyamakuru canyu kibandanya gicukura inkuru zirya n'ino uno musi twahisemwo kubabwira abakinyi babiri bakiri bato Inès Kanyamuneza yigeze guca muri Young sisters na Hervée Lycette Iradukunda yamuka mu…
Inyuma yo kwandikira ikete ishirahamwe ritwara umupira w'amaguru kw'isi FIFA, arega Umugwi Lusaka Dynamos wo muri Zambia y'uko wanse kumuriha amahera yiwe yari yasigaye mw'igurwa ryiwe hamwe no…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.