Ikibuga c'imakamba c'umugwi Aigle Noir cahawe izina rya nyenicubahiro Petero Nkurunziza Peace Park Complex mu misi 40 gusa ico kibuga gishobora kuba carangiye gukorwa ivyo bikaba bivugwa n'uwashinze Umugwi wa…
Nkuko mubizi ingwara ya covid-19 yarahagaritse ibikorwa vyinshi na cane cane ibikorerwa ahantu hahurira abantu benshi kw'isi tutibagiye inkino na cane cane mu nkino z'umupira w'amaguru n'izikinishwa…
Umukunzi wa Les As Volley yaritavye imana kw'igenekerezo rya 31 Rusama 2020 i Bujumbura akaba yasezeye isi afise imyaka 70 y'amavuko. Umuhisi Vincent Niyonkuru batazira Mutama avuka muri komine Vugizo mu Ntara ya…
Kuva mu kwezi kwa mbere , ishirahamwe ry'urukino rwa volley ball mu Burundi ryaratunganije ihiganwa ryitiriwe umukuru w'igihugu ku ncuro yaryo ya kabiri.Imirwi 4 mu bakenyezi na 11 yo mu gihugu cose niyo yitavye…
Kuri uyu wa gatatu, igenekerezo rya 3 Ruheshi isi yose yarahimbaje umusi mukuru wahariwe ikinga. Mu mwaka w'1817 niho ikinga ryatanguye gukoreshwa muvyo kwiyunguruzwa rikaba ryakozwe n'umudagi Karl Drais Van…
Kuva kuri uyu a gatandatu w' igenekerezo rya 29 Rusama 2020, ihiganwa rya Primus league ryarabandanije kundwi ya 28 yaryo . Uku Niko imigwi yaraye itsindanye : -Inter Star yatsinzw Vital'o Fc ibitsindo 2 kuri 1 -…
Inyuma yo kunganiriza i Bujumbura Ku kibuga c'intwari n'umugwi wa Inter Star 0-0, mu rukino rw'igice ca kabiri gishira icanyuma c'igikombe c'Umukuru w'igihugu, Niyonkuru Jumaine arashima uko…
Inyuma yo kunganiriza na Musongati Fc 0-0 ku kibuga c'intwari, umumenyereza wa Inter Star Hussein Welo ngo afise icizere co gusezerera Musongati Fc. Ari kuri micro za bagenzi bacu b'abamenyeshamakuru Hussein Welo…
Hari kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 26 Rusama 2020, Isaha icenda 15h00 ku kibuga Intwari niho umugwi Inter Star wari wakiriye umugwi Musongati Fc mu Rukino rwo gutangura rw'igice ca kabiri gishira…
Umukinyi w'umusatirizi w'umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba Cédric Amissi ariko aronderwa n'umugwi wa Al Ahli wo mu gihugu ca Arabie Saoudite . Ayo makuru tukaba twayasomye kuri kimwe mu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.