Umubiri wa Robert Mugabe yahoze arongoye igihugu ca Zimbabwe, ugiye gukurwa aho wari wahambwe ngo utwarwe mu kibanza cafubwemwo izindi ntwari zabohoye ico gihugu. Ayo makuru ashikirizwa n’itororokanirizo ry’amakuru…
Uruganda rwatunganijwe n'ishirahamwe ryitaho abanyororo n’imiryango yabo Ntabariza rwabandanije kuri uno wa kabiri mu ntara ya Gitega ku basirikare bakora mu butungane bwa gisirikare. Abasirikare bariko barahabwa izo…
Emelyne Ndayishimiye yataye ubugeni ku musi w'umuhezagiro wo mu rusengero, agasiga umugabo mu vyambu, yerekanywe n’igiporisi c’Uburundi kuri uno wa mbere, igenekerezo rya 24 Rusama 2021, hari haciye amezi arenga atatu…
Rihanna yatumye ukwari ugupima bihinduka umwuga w’ukuri kuri Shanice Taylor, inyuma y’ukwambara umwe mu mwambaro uwo muvyeyi yari yakoze. Abakurikirana imbuga ngurukanabumenyi za RIHANNA cane cane Instagram, baraherutse…
Ubushakashatsi bwakozwe bwerekana ko umwanda mukuru w’umuntu ushobora guhingurwamwo Gaz bita Methane, iyo ikaba ishobora gukoreshwa nk’igitoro c’imodoka canke ibindi bikorwa. Ubwo bushakashatsi bushobora kuba butaravye neza,…
Abo ni abantu bafashwe n’ishirahamwe rijejwe gukwiragiza amazi n’umuyagankuba mu banyagihugu Regideso bari bamaze imisi barinyonyeza. Turi muri karitiye Gikungu Rural muri zone Gihosha, komine ya Ntahangwa mu gisagara ca…
Ubushikiranganji bwagenywe kugira buduge gukorera ku murwa mukuru wa poritike i Gitega busabwa kubishira mu ngiro kuko mu gihe Reta yoguma iriha amazu atariko arakorerwamwo rwoba ari uruhombo. Icegera c'Umukuru…
Inama Nshingamateka yakoranye kuri uyu wa kane igenekerezo rya 20 Rusama 2021 kugira yige itegeko risubirabiramwo itegeko inomero 1/06 ryo kuwa 10 Ntwarante 2020 riha ikidari Umukuru w'igihugu Umuhisi Petero Nkurunziza…
Ikigo c'impfuvyi Orphelinat Nice Hope House kiri mu ntara ya Gitega kirakenye uburyo bukwiye bwotuma gikora neza nk’uko kivyipfuza. Ico kigo kiri ku mutumba wa zege komine n'intara ya Gitega kikaba cakira abana…
Inama nshingamateka yize yongera iremeza, kuri uyu wa mbere, integuro y’itegeko rigenga imfashanyo yatanzwe n’ibanki y’isi ingana imiriyoni zishika 54 z'amadorari y'abanyamerika, ibicishije mw'ishirahamwe…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.