Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye aranegura inyifato y'abari bajejwe kwubaka urugomero rwa Kajeke i Bubanza, aho rwatanguye kwubakwa kuva mu mwaka wa 2010 gushika uwu mwaka wa 2021 rukaba rutarahera mbere…
Uburongozi bwa komine Bugendana iri mu ntara ya Gitega bwarahagurukiye kugwanya imiriro ya nyakanga kuko basanze imiriro ibangamira umugambi wo gukingira ibidukikije “Ewe Burundi Urambaye.” Nk’uko bivugwa na Ntakarutimana…
Abadandaza b’isukari 5 bo mu gisagara ca Bujumbura mu ma zone ya Gihosha, Nyakabiga, Ngagara, Kinama na Cibitoke baramaze gukurwa ku ntonde za SOSUMO kubera kwikika mu kiza bakayinyegeza bongera baduza ibiciro. Ivyo…
Hamaze iminsi hibonekeza ubukene bw'amazi ku mugwa mukuru wa Komine n'intara ya Gitega, ubwo bukene bw'amazi bukaba bwibonekeza mu makaritiye ya Mushasha, Nyabugogo, Yoba, karera hamwe n'ahandi.…
Bamwe mu barundi n'abakongomani binjira mu Burundi canke mu gihugu ca Repubirika iharanira intwaro rusangi ya Congo, basaba ko amahera yo kwipimisha umugera wa koronavirisi yashinzwe na Reta y'Uburundi ko…
Hari kuri uwu wa kabiri igenekerezo rya 1 Ruheshi 2021 ahari haramutse hugururwa icese gukora ku mugaragaro ihayanisha-gurishwa ry'ibidadazwa bihingurirwa mu Burundi mu kibanza kiri imbere y'ikibuga c'umupira…
Itegeko ry’ukuvyara umwana umwe gusa ryashinzwe mu mwaka wa 1979 kugira abantu bareke kuguma bagwirirana cane, ryarahindutse mu 2016 hatorwa irindi ryaha uburenganzira abubakanye kuvyara abana 2 gusa. Iryo tegeko riheruka…
Ibiro vy’intumwa idasanzwe y’ishirahamwe mpuzamakungu ONU mu Burundi vyugawe, kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 31 Rusama 2021, nk’uko vyari vyasabwe n’Uburundi. Umunyamabanga ntayegayezwa mu bushikiranganji bw’imigenderanire…
Umukuru w'igihugu ca Kenya Uhuru Kenyatta yagabiye mugenziwe umukuru w’igihugu c'Uburundi, Evariste Ndayishimiye inka mirongo itanu. Mu rugendo rw’imisi ibiri arimwo mu gihugu ca Kenya aho yagiye kwifatanya…
Amadorari y’abanyamerika 30 ku banyamahanga hamwe n’amafaranga y’amarundi ibihumbi 15 ku barundi niyo ingenzi izotanga kugira ipimwe umugera wa Corona, yinjiye i Burundi iciye ku rubibe rwa Gatumba Uburundi buhana…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.