Liduine Bigirimana, n’umukeyezi w’imyaka 62 ava mu bwoko bw’abatwa,asanzwe aba mu gacimbiri Gahise , umutumba na komine Musigati mu ntara ya Bubanza. Imyaka iriko irababa itanu (5) atanguje umugambi wo kubumba amatafari ,…
Umugwi nserukira gihugu w’Uburundi uhejeje gutakaza urukino rugira 3 wikurikiranije. Hari kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 22 Ntwarante Umwaka wa 2024 igihe c’isaha zitandatu z’umutaga ( 12h00) mu gihugu ca Madagascar niho…
Ku masoko atandukanye ya komine Butangazwa intara ya Ruyigi,igiciro c'inyama cabandanije kuduga kuva muntango z'umwaka wa 2024.Ikiro c'umusoso w'inyama y'impene ;ubu kigurwa amafaranga y'amarundi…
Umuriyoni amafaranga y'amarundi n'imipira ibiri yogukina hamwe k'igikombe niyo mafaranga yatahukanye zone Ngagara muri za nkino zari zimaze imisi ziriko zatunganijwe mu ntumbero yokwifatikana n'abagenyezi…
Uwatanguje uwo mugambi usanzwe utamenyerewe mu Burundi avuga ko yawutanguje mu ntumbero y'ugukingira ivyo binyabuzima. Ariko kandi anemeza ko ibifyera bishobora gufungurwa bikanahingurwamwo amavuta yo kwisiga…
Inyuma yo gutsindwa impaga na Fus de Rabat bivanye n’uko wategetswe gukina wambaye umbwabaro uriko logo ya Visit Rwanda muri rya higanwa rya BAL ryariko ribera muri Africa y’epfo , umugwi wa Dynamo wahavuye usezererwa muri…
Bamwemu baririmvyi basaba ko urwerwo nshingwa Kirundi rwohabwa uburyo kugira rushobore gukora mu kuja ruratora amajambo abereye rwongere rushoreho kazinduzi .Umwitwarariko washikirijewe mu nama umushikirangaji…
Kuva mu kwezi kwa kabiri kw'umwaka wa 2024 umugende wa Cari uca muri serire ya 12 muri karitiye Winterekwa uramaze guhitana igice c'ibarabara rimwe ,ryo nyene ry'ikaburimbo rica muri iyo karitiye. Uretse iryo…
Bamwe mu bakoresha ibicurarangisho kavukire bavuga ko bimwe bimwe bishobora kuzimangana burundu .Bakabona ko hari hakwiye utwigoro mu kwigisha urwaruka rukiri ruto kuva rukiri mu mashure shingiro.Ubushikiranganji…
Bamwe mu bacukura urucekeri ku mutumba Gakungwe zone Ramba komine Kabezi y’intara ya Bujumbura bazindutse bitura ku munsi wa kabiri igenekerezo rya 27 Ruhuma umwaka wa 2024 umushikiranganji w’ibidukikije kugira abarenganure…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.