homepage

Kizigenza wa kera w’umugwi LLBS4A Harerimana Rashid Leon yahagaritse Ibijanye n’ugukina umupira w’amaguru biturutse Ku ngwara y’umutima. Kuri uyu wa kane waraye uheze igenekerezo rya 22 Ruhuhuma 2024 , niho umukinyi w’umupira…