C'est après une audience accordée par l'entreprise Ingoma Events, une entreprise en charge de l'organisation du concours de miss Ngoma dont l'événement aura lieu le 19 décembre 2020 que son excellence la…
Nziza Desire ngo ata kimuzibiye ashobora gusubira muri Amerika ajanye umwana yavyaranye na Natacha. Aha akavuga ko umwana ari umunyamerika kuko na se nawe yaronse ubwenegihugu. Mu kiganiro yahaye Indundi Tv, twashatse…
Michou Miracle ngo ikibuze uno musi mu bamenyeshamakuru bamenyekanisha imico n'akaranga hano iwacu n'ukuzana ibintu bishasha "Innovation". Mu kiganiro yagiranye n'abamenyeshamakuru 2 barimwo…
Kuba atabitabo vyanditswe n'abarundi canke n'abanyamahanga ku bijanye n'ibinogo rusangi vyatawemwo abishwe muri kahise, ni kimwe mu vyerekana ko ibijanye na kahise k'Uburundi harimwo agahaze. Bishikirizwa…
Ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi n’umutekano buributsa abafise ubunywero, uburiro, ubutambiro hamwe n’abarongozi b’amashengero barara baratamba bavuza ingoma ko bobihagarika guhera uno musi…
Igiporisi c’Uburundi cashikirije kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 16 Nyakanga umwaka w’2020, ibitenge cari kimaze imisi gifata vyinjijwe mu Burundi mu manyanga bivanwe mu gihugu kibanyi ca Kongo (Repubirika iharanira…
Kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 15 Nyakanga umwaka w’2020, umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye yaramutse yugurura icese inyubakwa Meri ya Bujumbura izokoreramwo « Hôtel de Ville » , inyubakwa ubona ko ari…
Isima ihinguriro BUCECO rihingura ngo irakwiye. Amatoni agera ku majana indwi ngo yaratanzwe ku badandaza mu gihugu cose kuri uyu wa mbere waraye uheze, igenekerezo rya 14 Nyakanga 2020 nayo ayandi matoni arenga amajana…
Uburundi ngo bugiye gutsimbataza imigenderanire yabwo n’ishirahamwe mpuzamakungu ONU. Umushikirangaji w’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu Albert Shingiro yabishikirije ku muhingamo wo kuri uyu wa mbere, igenekerezo…
Mu gihe igikorwa co kwandika urwaruka rwahejeje amashure rwipfuza akazi cari gitegekanijwe kurangira kuri uno wa mbere igenekerezo rya 14 Nyakanga 2020 igihe c’isaha zitandatu z’umurango, ubushikiranganji bw’inwaro yo hagati…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.