Kuri uno wa kabiri, igenekerezo rya 22 Nyakanga umwaka w'2020, umushikiranganji ajejwe kubungabunga amagara y'abantu no kurwanya Sida yashize ahabona icegeranyo c'ingene umugera wa Corona wifashe kuva ucinjira…
Umukuru w'igisagara ca Bujumbura, Jimmy Hatungimana aragabisha abantu bamaze imisi bagisibije mu kunyaga abenegihugu bababesha ngo bashaka kubaha akazi. Nk'uko biri mw'itangazo Meri ya Bujumbura yashize ahabona…
Ishirahamwe ryitaho abapfungwa hamwe n’imiryango yabo «Ntabariza-SPF », ryatunganije kuri uno wambere igenekerezo rya 21 Nyakanga umwaka w’2020 mu ntara ya Cibitoke, uruganda rwo gukaburira ubwenge urwaruka rusanzwe ruri mu…
Igekenekerezo rya 21 Nyakanga uko umwaka utashe amakungu arahimbaza umunsi mpuzamakungu wahariwe amahoro. Mw’itangazo ry’ishirahamwe mpuzamakungu ONU, bahamagarira abantu bose kw’isi kuja hamwe mu kugwanya ikiza ca…
Umuntu umwe niwe yatowe umugera wa Covid_19 mu bipimo 2254 vyakozwe, akaba ari mu bahungutse bavuye mu gihugu kibanyi ca Tanzaniya. Ivyo ni ibimenyeshwa na Muganga Jean Bosco Girukwishaka avugira ubushikirangnji bwo…
Umukuru w'igihugu c'Uburundi Evariste Ndayishimiye yafashe, kuri uyu wa gatandatu, urugendo rwiwe rwa mbere hanze y'igihugu kuva atowe kurongora igihugu. Perezida Evariste Ndayishimiye akaba yagendeye igihugu…
Imiryango irenga ijana na mirongo itatu y'abari bateshejwe izabo kubera imyuzurira bahora begeranirijwe muri karitiye Winterekwa iri muri zone Gihosha mu gisagara ca Bujumbura yasubijwe mu zabo kuri uno wa gatandatu,…
Intara imwe muri Nigeria igiye gutangura guhana bimwe vy'akarorero agabago bahamwe n'icaha co gufata ku nguvu abagore. Buramatari Nasir Ahmad El-Rufai wa Leta ya Kduna, iri mu buraruko bushira uburengero…
Kuri uno wa kane igenekerezo rya 17 Nyakanga umwaka w’2020, inama nshingamateka yakoranye mu ntumbero yo kwiga integuro y’itegeko risubiramwo itegeko ry’umukuru w’igihugu inomero 1/037 ryo kuwa 7 Mukakaro 1993 rigenga…
Kuri uno wa kane igenekerezo rya 17 Nyakanga umwaka w’2020, umushikiranganji wa mbere CPG Alain Guillaume Bunyoni yahaye umubonano uwuserukira igihugu ca Kenya mu Burundi, Kenneth N. Vitisia. Mw’ijambo ryiwe, Keneth N.…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.