Mu gihe abatari bake hano iwacu co kimwe no mu makungu bakoma akaruru ko ikiza Corona Virus cabatumye bahomba cane gose, abandi bo bari bagerageza kwiyungunganya. Irakoze Divine benshi bazi nka Dj Iraa, umurundikazi akomoka…
Mu gihe yaramaze igihe kitari gito asa n'uwutavurwa mu muziki ndundi, Olegue yahavuye ashira ahabona akaririmbo gashasha yise Doctor, yongera anagirako akora ibiteramo bitandukanye birimwo gonga tour aho yari yaherekeje…
Haraheze imisi icari kiriko kiboneka ku mbuga ngurukanabumenyi zaba Whatsapp co kimwe na Facebook z'abarundi bamwe bamwe baba i Kigali, rwari urupapuro rw'imenyekanisha ry'ikiganiro Dj Paulin azokorana na…
Ukunezerwa aba kino gihe bita "kurya ubuzima" bimukoze Neymar, aho n'inyuma y'imisi bari bagize bari mu gace kitwa Ibiza muri Espagne hamwe na bagenziwe. Ikivugwa ubu ku mugabane wa Buraya ku mukinyi…
Ngo ntihagire uwuzogwa mu muteko w'abiyitirira Nyeniteka Gelase Ndabirabe umukuru w'Inama nshingamateka y'Uburundi. Mw'itangazo ryasomwe n'uwuvugira uwo mutware, hagarutsemwo ko Hon. Gelase Ndabirabe…
Umushikiranganji w'amagara y'abantu, Muganga Thadee mw'ijambo yashikirije bakira Impunzi, yagarutse ku ruhara bazoba bafise ku kugwanya ikiza Corona Virus. Abavyeyi bibungenze ngo aho bukera ntibaze bareke…
Ubu uriko usoma ino nkuru Ronaldinho umukinyi wa kera w'umurwi Barcelona kandi n'umwe mu bakinyi bakoze ibikora inka mu mugwi nserukiragihugu wa Bresil ngo abarizwa mu gihugu ciwe c'amavukiro. Aho…
Zimwe mu ntambamyi zishobora gutuma abarundi babarizwa mw'ikambi y'impunzi ya Mahama mu Rwanda badataha ngo harimwo amadeni bafise. Ivyo n'ibishikirizwa na bamwe mu barundi b'impunzi babarizwa muri iyo…
Mirire Makers ngo nta mugambi ifitanye n'abaririmvyi bamenyekanye, ahubwo ngo abakiri bato ariko bafise ingabire ngo nibo bazorabana cane. Mu kiyago na Indundi Tv, umuyobozi wa Mirire Makers, Peniel, inzu…
Umukuru w'Igihugu c'Uburundi Nyakubahwa Evariste Ndayishimiye yasubiriye kwibutsa abategetsi ko bokwerekana ubutunzi bafise, kugira ikiringo cabo nicarangira ntibaze bagerekweko inkono ishushe ngo barivye kandi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.