Abaririmvyi ndundi ngo barakunda, Ico n'igiheruka gushikirizwa na B Face mu kiganiro aheruka kugirana na Indundi Tv. Muri ico kiganiro, uwo muririmvyi avuga ko ikibuze ari ikibahuza, ngo bikunde noneho urwo rukundo…
Nassir AL Kheifa nawe yamaze kuja mu gitigiri c'abashaka kwikwegerako Lionel Messi. Biramutse bikunze, uwo munya Argentine akaba azoba asanzeyo abakinyi nka Neymar na Mbappe nabo muri kino gihe batoroshe. Ariko naho…
Imwe mu ndoto Kadjimunda Riche benshi bazi nka R Flow yarafise ngo n'ukuganiro na Lukua Kanza asanzwe ari umuririmvyi akomeye hano muri Afrika mbere no kwi'isi yose. Izo ndoto uwo muririmvyi wacu igihe akorera mu…
Umutekano w'Impunzi z'abarundi zahungiye mu Rwanda zizotahuka kuri uyu wa 27/8 ngo uzoba ucungerewe guhera ku mupaka gushika no mu bibanza bateguriwe bazoshikiramwo. Mu kiganiro n'abamenyeshamakuru umuvugizi…
Doctor canke Delegue General uno musi ngo ntawe akeneye gukorana nawe indirimbo, yaba uwo arondera canke uwumurondera. Mu kiyago na Landry, uwo muririmvyi avuga ko atarabona akamaro ko kuririmbana n'umuririmvyi wa hano…
Mu gihe indirimbo zaba iziwe canke izo yafashije bagenziwe zibandanya kwifata neza haba mu rwanda canke inyuma y'igihugu, uwo muririmvyi aranatungwa urutoke n'abari bake kubera izo ndirimbo nyene. Igituma atungwa…
Ivya Zari na Diamond birabandanya gufata iyindi ntumbero nkuko biboneka ku mbuga ngurukanabumenyi. Inyuma yaho bivugiwe ko umuriro wari hagati yabo wazimye, noneho bikavugwa ko yanamwongerereje akagura imodoka yo mu bwoko…
Nadia Hakizimana plus connue sous le nom de Nelly Nat ,née le 24 juillet 1992 dans la commune de Giheta en province Gitega est une journaliste et animatrice burundaise . Fille de Ntawanka Jean Paul et de Nshimirimana…
Uno musi ngo hariho akaruhusho gakomeye ku bijanye n’agahembo abaririmvyi ndundi bahembwa mu biteramo, ugereranije n'uko vyari biri mu myaka y’imbere ya 2015, ivyo n’ibiheruka gushikirizwa na B Face mu kiganiro yahaye…
Arakaza Marvin Lee ngo ntakibarizwa mu nsamirizi Buja Fm nkuko abatari bake bari bamumenyereyeyo. Uwo mumenyeshamakuru yaciye mu biganiro bitari bike, uno musi niho yasezera iyo nsamirizi. Mu kiyago yagiranye na Indundi Tv,…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.