Ezeckiel Nibigira umushikiranganji w'inkino n'imicokama yagiranye inama n'abatwara amashirahamwe y'imigwi ndangakaranga, noneho bamushikiriza ibibazo bihanze ico gisata. Mu bibazo vyashikirijwe harimwo…
Mu gihe Emery sun afise akababaro kenshi ko hari abamenyeshamakuru bamwe bamwe batakivuza ibikorwa vyiwe, uwo muririmvyi avuga ko atari wenyene kuko hari abandi batari bake nabo batavuzwa. Mu kiyago na Michou Miracle, uwo…
Inyuma yo kugerageza kwitoza mu kibanza c'Umukuru w'Igihugu, ariko ntiyaronka ico kibanza, Dieudonne Nahimana yasubiye kuboneka mu kindi gikorwa. Imboneza Talk Show n'ikiyago categuwe na DNF, Dieudonne…
Ikibanza Francine Niyonsaba agezeko uno musi ngo ntiyarazi ko yokigezeko. Ariko icamuteye gushika aho ageze, uwo munonotsi avuga ko ari ubwira, ubukerebutsi n'ukwitanga cane. Uwo mwana yavukiye mw'ikomine vyamusaba…
Mu majambo yashikirije, yaragarutse cane mu bikorwa vy'abarongozi, aho yerekanye inyifato nshasha zikwiye kubaranga. Aho anamenyesha ko igikwiye kuza imbere ya vyose ari amahoro n'umutekano kubera ariwo mushinge.…
Nasibu Abdoul Juma benshi bazi nka Diamond ngo agiye kugira ubugeni muri ino misi,ivyo n'ibiheruka gushikirizwa n'umwe mu basanzwe bakorana nawe. Mu kiyago yatanze ku rubuga rwa Instagram, Sallam Sk asanzwe…
Indirimbo ya B face na BigFizzo izosohorwa na mweneyo, nayo umudiho wa Rap ngo ntiyawuhevye kuko imbwa ntiheba iyarara. B Face ngo ntiyahagaritse umuziki uri mu midiho ya Rap, ngo azogaruka kuko izigize imisi zisohoka…
Uguhura kwa Eddy kamoso n'umukuru w'igihugu c'Uburundi, Nyakwigendera Petero Nkurunziza, ngo vyabaye ugusohora kw'amasezerano Imana yari yarahaye uwo muririmvyi akaba n'umumenyeshamakuru. Mu kiyago…
Inkuru iriko iravugwa cane aho hanze n'inkuru y'umwigeme yoba agiye gusubirira umuririmvyikazi Tanasha mu kibanza c'umukunzi wa Diamond Platnumz. Nkuko makuru dukesha ibinyamakuru vyo muri kano karere…
Esther Nish ngo indirimbo "Kavorivori" yamutwaye umwanya munini kugira abashe kuyandika yongere anayikore, ubona ko yari no mu bihe bitamworoheye. Mu kiyago aheruka kugirana na Indundi Tv, uwo muvyeyi w'abana…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.