Yoya ngo yugaraniye munzu arinyegeje ntaco yokwemerera abakunzi biwe.Igihe kibaye kinini umuririmvyi Yoya Jamal atakibarizwa mugisagara ca BUJUMBURA ariko navyo bishobora kuba ariyo ntambamyi ituma uwo muririmvyi!-->…
Uwahoze ari umumenyereza w'umugwi wa Flambeau du Centre Nzeyimana Maylo muri kino gihe amenyereza umugwi wa Lipuli Fc wo mu gihugu ca Tanzania abicishije mu kiganiro c'inkino gica kuri Buja FM igihe yari yabajijwe…
Favie ngo abaririmvyi ba Gospel ntibari bakwiye kwicamwo ibice, ahubwo bari bakwiye gukorera hamwe. Kandi uwo muziki bakora ngo ntiwarukwiye kwiyumvirwako nk’uwo kudandaza ariko uwo gusana imitima. Mu kiganiro…
Mu kiganiro yakoranye na Indundi TV Umukinyi wa kera w'Umugwi wa Vital'o Fc Mudeyi Gustave yavuze y'uko Uburundi ari nka Brezil yo muri Africa Ku bijanye n'Umupira w'amaguru Akaba yagize ati "…
Uwahoze avunja amafaranga mvamahanga mu gisagara ca Bujumbura Simbananiye Jakson benshi batazira Kirahwata yatowe ari ikiziga mu gatondo ko kuri uno wa kane igenekerezo rya 14 Rusama umwaka w’2020. Ikiziga ca Simbananiye…
Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 14 Rusama 2020, niho umukuru w'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB Révérien Ndikuriyo yanditse ku rubuga Facebook asanzwe akoresha avuga y'uko ikibuga c’i…
Abakuru b'ibihugu bane bo mu bihugu bigize umuryango w’akarere ka Afrika y’ubuseruko baherutse kwumvikana ko ibihugu bigize uwo muryango vyoshiraho uburyo bwo gupima no gusabikanya ivyavuye mu bipimo vyakozwe ku mugera…
Uburundi ni kimwe mubihugu vyo mukarere ka Afurika y'Ubuseruko gifise urwaruka rufise Impano kandi nyinshi zitandukanye aho tutosiga inyuma Impano yo gushushanya canke ugucapa.Bamwe ngo babifata uko bishakiye kuko!-->…
Inyubakwa zose ziri ku nkengera y’ikiyaga Tanganyika zirabangamiwe n’amazi y’ico kiyaga ariko araduga ku muvuduko udasanzwe. Mu bice bimwe bimwe vyegereye ahitwa Kibenga Rural na Kinindo mu gisagara ca Bujumbura amazi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.