Inyuma ya Bantu Bwoy Entertaiment, B Face nawe aza yamaze kwinjira mu rundadazwa Inyuma yugukora ibikorwa bitandukanye vy’umuziki ndetse akanajabuka gukorana n’abandi baririmvyi bo mubihungu bitandukanye vyo muri kano karere…
Umwe mu bigeme bari muri Miss BURUNDI uno mwaka wa 2020, Miss Iteka Radiane Badiscelle yaserukiye intara ya Ngozi kuko ariho akomoka, arahamagarira abandi bigeme nabo kwitabira amahiganwa nkayo, na cane cane nk’irya Miss ku…
Umunyegori w'umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba Nahimana Jonathan aracafise icizere c'uko uwo murwi uzosubira muri CAN. Aganira na Indundi TV, Nahimana Jonathan yerekanye ico bari babuze mu nkino…
Umwigeme yakoze nka Queen Video mu ndirimbo ya Dr Claude, ya Dj Pro, ya Swagg Team, co kimwe no muya Sat-b, avuga ko abakobwa bakunda uwo mwuga w’ugutamba mu ndirimbo ngo boshira ubwoba bakirengagiza amajambo, noneho…
Abakinyi b'intamba mu rugamba bashikanye Uburundi muri CAN 2019 kuva mu kwezi kwa Ruhuhuma umwaka w'2020 bahawe agashirukabute kangana n'imiriyoni indwi (7.000.000Fbu.) Umwe mu bari muri Staff…
Francis rohero yavutse ku wa 16 Nzero mu mwaka w’1972, avukira muri Zone Rohero, karitiye Rohero iri mu gisagaraca Bujumbura, abavyeyi biwe bose bakaba bamuka muri komine Bugendana y'intara ya Gitega. Francis Rohero…
Imyaka yaba Canco na ba Torobeka Joseph ishobora kuba myiza mumuziki kurusha ubu?Amahane akomeza kuhaba mu mvugo za bamwe bamwe bivuye kuri iri jambo ry'uko umuziki w'Uburundi woba warateye imbere hakabaho abemeza!-->…
Imigabo n’imigambi ya Domitien Ndayizeye hamwe yogira amahirwe akamwa kuba umukuru w'igihugu ishingiye ku bintu bikuru bikuru bikurikira : Mu migambi yiwe, Domitien Ndayizeye mu vyerekeye ubutunzi n'iterambere…
Igihugu c'ubwongereza camenyesheje y'uko amahiganwa yose yari yahagaritswe muri ico gihugu kumvo za Coronavirus agiye kubandanya kuva kw'igenekerezo rya 1 Ruheshi 2020, ariko naho izo nkino zigiye…
Perezida Yoweri Kaguta Museveni wa Uganda yatangaje ko vyoba ari ukwita ku risongoye gutunganya amatora muri kino gihe ico gihugu kigeramiwe n’ikiza ca Coronavirus. Mu kiganiro yatanze ku mboneshakure NBS yo muri ico…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.